leroi (@uwahese) 's Twitter Profile
leroi

@uwahese

ID: 1779249494392995840

calendar_today13-04-2024 20:45:43

29 Tweet

18 Takipçi

63 Takip Edilen

Ndondeza amangetengete (@ikigatanyakazi) 's Twitter Profile Photo

Menya neza: RED Tabara yavukiye kurwanira intwaro ibereye muburundi, kandi ntizohagarika gushika ishikanye umuhigo wayo. Kuva uyo murwi uvuka gushika uno musi ushigikiwe nabarundi benshi bari kwisi yose, mushimirwe 👏🏾👏🏾👏🏾 Niteka kuri jewe kuba narabamenye, ndabashimira 👏🏾 Abo

JUSTICE FOR ALL (JFA) (@justsness) 's Twitter Profile Photo

Vie privée ni sacrée. Ariko iyo vie privée y'umu Pdt iriko igira ingaruka ku buzima bw'igihugu tugoma gukebura! SE Evariste Ndayishimiye kunywa ni uburenganzira bwawe, ariko, gute unywa kugeza aho bakuvyuza amakofi? Ukitaba inama ntuzijemwo kubera inzoga? Ugacira inkonda imbere y'ama eclats?

Vie privée ni sacrée. Ariko iyo vie privée y'umu Pdt iriko igira ingaruka ku buzima bw'igihugu tugoma gukebura! <a href="/GeneralNeva/">SE Evariste Ndayishimiye</a> kunywa ni uburenganzira bwawe, ariko, gute unywa kugeza aho bakuvyuza amakofi? Ukitaba inama ntuzijemwo kubera inzoga? Ugacira inkonda imbere y'ama eclats?