Akamuna Ciciria (@akci97) 's Twitter Profile
Akamuna Ciciria

@akci97

ID: 1931041823608258560

calendar_today06-06-2025 17:34:33

96 Tweet

146 Followers

39 Following

Akamuna Ciciria (@akci97) 's Twitter Profile Photo

Umugore yitwa" Barukwege. Abahigi bazindutse guhiga ingwe yari yaramaze ibitungwa. Ingwe bayikubiseko amaso Ica iriruka... Ishika Aho umugore barukwe yariko ararima. Ingwe yasavye #Barukwege ko yoyinyegeza kugira abahigi ntibayice. #Barukwege arayinyegeza. Abahigi bashitse Aho

Akamuna Ciciria (@akci97) 's Twitter Profile Photo

Tugire igihugu!! "Uko wiyumvira n'uko uvuga ni insiguro y'uko uri..." Umutima wo Kugwanira ukwikukira kw'Igihugu cacu c'Uburundi cari igikorwa c'Abarundi: nibo bari bamaze imyaka myinshi bacurwa bufuni na buhoro n'abanyamahanga.... Nibo bari bazi ikiguzi co kwigira sindabibazwa.

Akamuna Ciciria (@akci97) 's Twitter Profile Photo

Hello, #African #Younth!!! Why #UA approves and congratulates the Illegal pulls in differents countries members?? With African countries Economically, politically and culturally growing up, The Youth are supposed to sustain their own Countries but for others countries in

Ndondeza amangetengete (@ikigatanyakazi) 's Twitter Profile Photo

Ikiganiro co kuwa gatandatu uheze twayaze kuco umwe wese yokora murugamba rwo kwibohora turimwo, ikiganiro na Akamuna Ciciria Cana itara 🕯🕯🕯 youtu.be/lue3UdHKxy8?si…

Akamuna Ciciria (@akci97) 's Twitter Profile Photo

!!!!!! #Inguvu za #REDTabara. Ni amakosa y'ubutegetsi, ukutamenya canke kwiteza utunyoni. Umutegetsi ntakwiye kubaza ngo:" Kuki abanyagihugu bakoma induru??" Ariko akwiye kwibaza ati :"Ni igiki nakoze gituma abanyagihugu bakoma induru?" Ubutegetsi bwigikenye ni Kwiziba amatwi