MPFUBUSA Jean-Louis
@manunujean
Expert en Développement Communautaire. Cadre au sein du Ministère de l'intérieur, Développement Communautaire et de la Sécurité Publique.
ID: 1318240829320941570
19-10-2020 17:21:49
608 Tweet
210 Takipçi
456 Takip Edilen
Bantu bo muri REGIDESO Burundi mujejwe ivyerekeye umuyagankuba (électricité) erega abana babanyeshure bari muma bibazo (examens) ni mudufashe muri quartier #kabondo muri zone #Rohero i @MairieBuja ironke amatara nkuko mwabitwemereye abana bashobore kwigira ibibazo neza. Merci
Akabazo ngaha gakeneye inyishu : " None ukwezi ku 8 ntikuragera ngo ibikorwa bitangure?" Uwufise umuco yotubwira aho ibi bikorwa bigeze. Murakoze. AKEZA SPORTS @MinEACJSCBdi Umuhinga yigenga
Iyi nkuru muyakiriye gute ? Guillaume Muhoza Umuhinga yigenga ?
#Burundi #basketball 🏀 #BAL Bigenda gute équipe yu Urunani Basketball Club 🇧🇮 yabaye iya 3 mumahiganwa ntitorwe muga hagatorwa iya 6 ? Bisunze iki ? AKEZA SPORTS
Ibintu vyiza cane kuborozi b'inkwavu. Imbere ni heza 💪 BURUNDI/MINEAGRIE
#Burundi #Cuniculture Ubworozi bw'inkwavu igihe uba ubukoze neza ukworora kijambere biri mu bworozi bwunguka, bikanafasha gusahiriza imiryango. Ntare Rushatsi House RTNB Jimbere Aubin MINAKU
Ndagize yambu bayobozi ba REGIDESO Burundi. Muri Commune Mukaza zone #Rohero muri Q. #Kabondo, hari rues 3 nayo ni bld du Japon, av. hôtel Tanganyika na av. Gihungwe amaze indwi irenga ata matara. Turabasavye muriki gihe abana batanguye ama examens mudukorere amatara (1/2).
Aho kandi ico kibazo kimaze igihe kirekire nubwo tuguma duterefona Ku numéros mwaturonkeje batubwira ngo tuze dusabe itsinga kugira ikibazo dufise gihere. Dusavye ko mwodutunganiriza ingorane tumazemwo igihe kinini gihere. Bonne journée. (2/2) REGIDESO Burundi
Twarasavye adresse yanyu Madame Dalilla Nimpagaritse 🇧🇮🇿🇦🌺🕊️💌 muga ntimurayiduha bikunze vos coordonnées. Merci