Wemba Kamungu J.Bosco 🇧🇮 (@kamunguwemba) 's Twitter Profile
Wemba Kamungu J.Bosco 🇧🇮

@kamunguwemba

Twame dukora ivyiza, ntiducobogore, kukw igihe ni cashika tuzokwimbura, ni tutarambirwa.
Ab'i Galatiya 6:9

ID: 2813971439

calendar_today07-10-2014 13:25:28

12,12K Tweet

4,4K Takipçi

3,3K Takip Edilen

𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 (@patriote257) 's Twitter Profile Photo

Igihe nashika hano inkotanyi zose hamwe n’ inyankaburundi zahagurukiye rimwe ziraripotinga muri X ngo uru rubuga rw’ abenegihugu rwugarwe ariko X yarabahakaniye. Inkotanyi zimenye Elon Musk ari Imbonerakure yo muri America. Nta nkotanyi yonshobora jewe

Igihe nashika hano inkotanyi zose hamwe n’ inyankaburundi zahagurukiye rimwe ziraripotinga muri X ngo uru rubuga rw’ abenegihugu rwugarwe ariko X yarabahakaniye.

Inkotanyi zimenye Elon Musk ari Imbonerakure yo muri America.

Nta nkotanyi yonshobora jewe
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 (@patriote257) 's Twitter Profile Photo

CNDD FDD yagiye mw’ishamba kurwana itagira inkoho nimwe ariko yarahanganye na Buyoya kugeza yemeye kuyamanika None ubu twashitse kunganji twifitiye ibirwanisho vyo kurwego rwo hejuru wibaza ko arinde yodukonya? Nta muntu numwe afise ubushobozi bwo gukura CNDD FDD k’ ubutegetsi

CNDD FDD yagiye mw’ishamba kurwana itagira inkoho nimwe ariko yarahanganye na Buyoya kugeza yemeye kuyamanika

None ubu twashitse kunganji twifitiye ibirwanisho vyo kurwego rwo hejuru wibaza ko arinde yodukonya?

Nta muntu numwe afise ubushobozi bwo gukura CNDD FDD k’ ubutegetsi
MUKAKARYENDA (@murundiu) 's Twitter Profile Photo

🎉 Nos vives félicitations à Son Excellence le Général-Major Évariste Ndayishimiye, Président de la République du Burundi et Président du Conseil des sages du CNDD-FDD, candidat à la présidentielle de 2027. 🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye CNDD-FDD

🎉 Nos vives félicitations à Son Excellence le Général-Major Évariste Ndayishimiye, Président de la République du Burundi et Président du Conseil des sages du CNDD-FDD, candidat à la présidentielle de 2027. 🇧🇮
SE Evariste Ndayishimiye CNDD-FDD
Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Pour son leadership visionnaire et rassembleur,son engagement pour la paix,son amour et sa dévotion envers son peuple; Vu les progrès et désireux de poursuivre l’élan,SE SE Evariste Ndayishimiye est élu candidat du CNDD-FDD pour la présidentielle de 2027 par le congrès extraordinaire ce 26/4

Pour son leadership visionnaire et rassembleur,son engagement pour la paix,son amour et sa dévotion envers son peuple;
Vu les progrès et désireux de poursuivre l’élan,SE SE Evariste Ndayishimiye est élu candidat du CNDD-FDD pour la présidentielle de 2027 par le congrès extraordinaire ce 26/4
Inamuco Ange Delicia (@angedelc) 's Twitter Profile Photo

Ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD-FDD rihejeje gushira imbere SE Evariste Ndayishimiye azokwitoze mukibanza c’umukuru w’igihugu c’uburundi mumwaka w’I 2027. #Tsinda2027.

Ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD-FDD rihejeje gushira imbere SE Evariste Ndayishimiye azokwitoze mukibanza c’umukuru w’igihugu c’uburundi mumwaka w’I 2027.
#Tsinda2027.
Amb. Thérence NTAHIRAJA (@ntahirajathren1) 's Twitter Profile Photo

C’est avec satisfaction que je présente mes sincères félicitations à SE SE Evariste Ndayishimiye , Président de la République de #Burundi et Président en exercice de African Union pour avoir été élu Candidat du Parti au pouvoir CNDD-FDD à l’élection présidentielle de 2027. Bravo au

Wemba Kamungu J.Bosco 🇧🇮 (@kamunguwemba) 's Twitter Profile Photo

Nagomba kubibutsa ko '' #Thème '' itahindutse. Niyayindi nyene #Turikumwe_Twese_Birashoboka ko dushika mumbona kazoza y'igihugu cifashe 2040 n'igihugu giteye imbere 2060. Hamwe n'umudereva #Ashiririye SE Evariste Ndayishimiye CNDD-FDD

Nagomba kubibutsa ko
'' #Thème ''  itahindutse.
Niyayindi nyene #Turikumwe_Twese_Birashoboka ko dushika mumbona kazoza y'igihugu cifashe 2040 n'igihugu giteye imbere 2060.
Hamwe n'umudereva #Ashiririye SE Evariste Ndayishimiye
CNDD-FDD
Appolinaire Nishirimbere (@apollosmile) 's Twitter Profile Photo

L’Histoire s’écrit avec de la constance. Je félicite S.E. SE Evariste Ndayishimiye le Président du #Burundi, Président de l' African Union,élu candidat présidentiel pour 2027. Prochain arrêt : prospérité, dignité et unité pour le Burundi et tout le continent africain.

L’Histoire s’écrit avec de la constance.

Je félicite S.E. SE Evariste Ndayishimiye le Président du #Burundi, Président de l' African Union,élu candidat présidentiel pour 2027.

Prochain arrêt : prospérité, dignité et unité pour le Burundi et tout le continent africain.
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 (@patriote257) 's Twitter Profile Photo

Uyu mugabo mu biganiro agize imisi akora aratanguye kurenga umurongo utukura. Abamwegereye bamuhanure yorohe atuze Gaston SINDIMWO nimba agomba kuvuga ubujambojambo bw’ ubugoryi nahamvye abandi i Matonge mu bubiligi canke i Mahama mu Rwanda Iyi ni last warning ⚠️ kuri we 🙌

Uyu mugabo mu biganiro agize imisi akora aratanguye kurenga umurongo utukura. Abamwegereye bamuhanure yorohe atuze

Gaston SINDIMWO nimba agomba kuvuga ubujambojambo bw’ ubugoryi nahamvye abandi i Matonge mu bubiligi canke i Mahama mu Rwanda

Iyi ni last warning ⚠️ kuri we 🙌
Wemba Kamungu J.Bosco 🇧🇮 (@kamunguwemba) 's Twitter Profile Photo

Mubuzima uze wirinde kuba muruhande rw'abagwanya umuntu apfukama agasenga Imana. Nimba upinga urabaza #Niyombare naba Sinduhije Alexis naba #Sindumuja biwe. CNDD-FDD twaramwemeje. Turindiriye abiwanyu namwe.

Mubuzima uze wirinde kuba muruhande rw'abagwanya umuntu apfukama agasenga Imana.
Nimba upinga urabaza #Niyombare naba Sinduhije Alexis naba #Sindumuja biwe.
CNDD-FDD twaramwemeje. Turindiriye abiwanyu namwe.
Inama Nshingamateka (@nshingamateka) 's Twitter Profile Photo

En date du 27 avril 2026, les honorables députés membres de la commission permanente de la bonne gouvernance et de la privatisation se sont réunis pour valider les rapports d’analyse relatifs aux projets de loi suivants: 1. Projet de loi n°1/… du …/…/ 2025 portant

En date du 27 avril 2026, les honorables députés membres de la commission permanente de la bonne gouvernance et de la privatisation se sont réunis pour valider les rapports d’analyse relatifs aux projets de loi suivants:

1. Projet de loi n°1/… du …/…/ 2025 portant
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 (@patriote257) 's Twitter Profile Photo

Nyeniteka Reverien Ndikuriyo ni umwe mu bubahwa inkotanyi zitinya. Igihe baguma bivugisha ubujambo butagira mvura yababwiye bareke KWIRIZA Ni harambe u Burundi 🇧🇮 n’ umugambwe CNDD-FDD

Nyeniteka Reverien Ndikuriyo ni umwe mu bubahwa inkotanyi zitinya. Igihe baguma bivugisha ubujambo butagira mvura yababwiye bareke KWIRIZA

Ni harambe u Burundi 🇧🇮 n’ umugambwe CNDD-FDD
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮 (@patriote257) 's Twitter Profile Photo

Ibwirizwa Shingiro rya Republika y’ u Burundi rirakwiye guhinduka hakajamwo ingingo ivuga ko CNDD FDD ariyo yonyene izoyobora u Burundi gushika Yesu agarutse Ibi mbivuze kuko mbona atanumwe afise ubushobozi bwo guhiganwa n’ umugambwe CNDD FDD Uyu mugambwe ni uw’ abenegihugu

Ibwirizwa Shingiro rya Republika y’ u Burundi rirakwiye guhinduka hakajamwo ingingo ivuga ko CNDD FDD ariyo yonyene izoyobora u Burundi gushika Yesu agarutse

Ibi mbivuze kuko mbona atanumwe afise ubushobozi bwo guhiganwa n’ umugambwe CNDD FDD

Uyu mugambwe ni uw’ abenegihugu
Inama Nshingamateka (@nshingamateka) 's Twitter Profile Photo

2/3 Le Très Hon. #GelaseDanielNdabirabe a donné lecture du message de S.E. le Président de la République. Il a réaffirmé l’engagement de mettre en œuvre prochainement la mesure promise aux retraités. Les textes d’application sont déjà finalisés. Il a précisé que, même si les

2/3 Le Très Hon. #GelaseDanielNdabirabe a donné lecture du message de S.E. le Président de la République. Il a réaffirmé l’engagement de mettre en œuvre prochainement la mesure promise aux retraités. Les textes d’application sont déjà finalisés. Il a précisé que, même si les
Inama Nshingamateka (@nshingamateka) 's Twitter Profile Photo

3/3 « Soyons des créateurs d’emplois », a lancé S.E. le Président de la République. Il a appelé chacun à travailler son talent jusqu’à pouvoir le monétiser et créer du travail. Concernant les salaires, S.E. a indiqué que l’activité d’harmonisation salariale est en cours de

3/3 « Soyons des créateurs d’emplois », a lancé S.E. le Président de la République. Il  a appelé chacun à travailler son talent jusqu’à pouvoir le monétiser et créer du travail.

Concernant les salaires, S.E. a indiqué que l’activité d’harmonisation salariale est en cours de
Kwa Ntare Rushatsi (@kwantare) 's Twitter Profile Photo

Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye , aherekejwe n'Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, yateye iteka ibirori vyo kuri utu wa mbere rusama, aho amakungu ahimbaza umusi mukuru w'abakozi n'akazi ku kibuga Ingoma i Province Gitega

Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye , aherekejwe n'Umutambukanyi wiwe Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, yateye iteka ibirori vyo kuri utu wa mbere rusama, aho amakungu ahimbaza umusi mukuru w'abakozi n'akazi ku kibuga Ingoma i Province Gitega
Wemba Kamungu J.Bosco 🇧🇮 (@kamunguwemba) 's Twitter Profile Photo

Bishoboka gute kuvuga ko 2010 wibwe amajwi, 2015 ukibwa, 2018 bakakwiba, 2020 bakagusubira, 2025 ho bikaba akarusho, mugabo ukaba ugitera igere ryanyuma ngo 2027 uzotsinda? Urwembe si rwarundi nyene? 😂😂😂😂 Ndatahije #Agaton_Rwasa n'aba namarimwe biwe

Bishoboka gute kuvuga ko 2010 wibwe amajwi, 2015 ukibwa, 2018 bakakwiba, 2020 bakagusubira, 2025 ho bikaba akarusho, mugabo ukaba ugitera igere ryanyuma ngo 2027 uzotsinda?
Urwembe si rwarundi nyene?

Ndatahije #Agaton_Rwasa n'aba namarimwe biwe