Province Gitega
@Gitega
Province Gitega:Une province d’hospitalité, un havre de paix:
Notre Devise :«Ensemble, changeons l'image de notre province».
ID:765508677755363328
http://www.provincegitega.gov.bi 16-08-2016 11:21:06
6,8K Tweets
39,1K Followers
2,4K Following
Le consortium 'Union des personnes Handicapées #Burundi -SOS-Kinderdorf 'à travers son projet 'Nkingira Nkure Neza ' organise à Province Gitega depuis ce mardi jusqu'à à jeudi un atelier d'échange entre les membres des #CPE provinciaux et communaux et les représentants des #OSC
N' inyuma yo gotanguza icese isekeza mu gisagara ca #Bujumbura :' zéro Déchet au #Burundi pour un environment plus propre.'mu gisagara ca #Bujumbura muntumbero yo gutorera umuti ingorane z'imicafu yibonekeza hirya no hino.
#Burundi Kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 20/4/2024, Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c’uburundi Angeline Ndayishimiye Ndayubaha arikumwe na,Venant Manirambona buramatari wa Province Gitega hamwe n’abandi bubahwa yifadikanije n’abenegihugu bo mugisaga ca #Gitega aho yatanguje kumugaragaro iryo sekeza
🎯 Iteka Lior Avner, Umwana muto w'umwaka umwe n'amezi 11 wo mu ntara ya Province Gitega, muri Quartier Nyabututsi avuza ingoma. Se wiwe Raphael IRAKOZE avugako yipfuza kubona abana biwe ndetse n'ababandi bavyipfuza, bakunda kandi bagakurira mu karanga.
#notrehistoiresecritmaintenant
#Burundi Ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa 13/4/2024 muri Commune Gitega vyaranzwe no gusibura imiserege, guharura ivyatsi ,kunoba amacupa akozwe mutumwanyi hamwe no gushariza igisagara ca @Gitega mu gutera amashurwe kunkengera y'ibarabara rya #Bujumbura_Gitega ( #RN2 ).