Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile
Joe Philbert Karangwa

@joe_philbert_ka

#HumanRightsDefender |Peace Journalist| CEO and Founder of @Radiopeacefm| Impact Generation's President and Health journalist.. Twin's father

ID: 1077242335359102976

linkhttps://www.radiopeacefm.com calendar_today24-12-2018 16:39:21

2,2K Tweet

2,2K Followers

40 Following

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

Kurikira ca kiganiro na Maggy 1.Nafashije nyina wa Bunyoni na Petero Nkurunziza ariko nibo banyomoye ubwa mbere 2.Aho twari twashize ibitaro bifasha abatishoboye ,ba Ndikuriyo birigwa bahanywera inzoga baharira na ma Brochettes ⤵️⤵️ youtu.be/NA1sreI7Q7I?si… Maison Shalom International

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

#Alerte:Hari amakuru nguma numva kuva ejo y'abantu bitwaje ibigwanisho bambaye amakoti maremare yose yirabura bibonekeza amasaha y'ijoro mu ntara ya #Ruyigi komine Butezi.Batanguye kwibonekeza kuva ku musi wa gatanu uheze.Abari mu Ruyigi nimba hari umuco wotanga +49 1521 3498050

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

Buri #mbonerakure yose itwara ibiro vy'itora yaraye ihawe itegeko ko biro itwara bitegerezwa gutsinda.Basabwe kuza baraherekeza buri muntu agiye gutora kugira barabe ko yatoye CNDD-FDD.Abatashaka kuyitora benshi barik barahagera bagasanga haruwo mukenyuro bakabihindura.#Amatora

1.Aba police ba BSR baratabaza ,inyuma yo kwagirizwa ko baha amakuru ama radios akorera hanze 2.Muri King Umurundi Freedom bavuga ko bafise impungenge ku matora bisunze uko imyiyamamazo yagenze 👇🏾👇🏾👇🏾 youtu.be/fBjAc9oqXFM?si…

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

#Alerte: Mu ntara ya #Makamba komine #Nyanza_lac hari umunyagihugu yitwa #Hussein bategetse gutora CNDD-FDD aca ahitamwo gutabura ikarata yari gutorerako none yatwawe amaguru adakora hasi na Opj yitwa Celestin #Karenzo batazira Kitoko.Umuryango wabuze aho afunguwe King Umurundi Freedom Human Rights Watch

#Hatari : Munyumviririze amanyanga ya #Ntahorwamiye. Biragoye ko uburundi buzokira mugihe tugifise abantu nka Ntahorwamiye bemera kubesha izuba riva ngo ntibankiye intumwa z'ubumwe bwa Africa kwinjira kandi bahatswe kuhasiga agatwe kw'itegeko rya #Neva youtu.be/mN5sHm0kWUM?si…

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

Waouh ,Umutima wanje uranezerwa cane iyo mbonye abantu b'abanyepolitique bakomeye nka Mukasi ,bavuga amajambo nkaya nayo ubwayo aratanga Espoir ko uburundi gukira atari kera ,narahomvye iyo #Space ntakundi uyu musi ndakurikira iya Ndondeza amangetengete numveko nayo iremesha .

Uyu mu type nahora ndamukurikira cane nkumva ukuntu atondeka amajambo ,ukuntu afise ivyiyumviro vyiza nkabona umenga akwiye kurongora uburundi. None ejo umuntu namubwiye ukuntu ariwe twoshigikira,yambwiye incuro 3 ko uburundi bwoba buguye mu manga ngo ni escrow ,sinatahuye nubu.

Ndumiwe ,muri space yateguwe na Ndondeza amangetengete kubijanye na RED Tabara n'icatumye ifata ibigwanisho,nagumye numva abantu baca intege urwaruka rwahisemwo gufata inkoho,bababwirako ataco bazoshikako,akenshi abarundi bama bemera kuganira ibintu vyamaze kwononekara,muyage kare

Gushika ubu muba nyepolitike b'abarundi bose #Nahimana #Dieudonné, niwe wenyene yaraye yemanze ko amatora yagenze neza, mugihe n'imigambwe nka #frodebu #uprona #Burundi_bwa_Bose n'inani zikorera hanze y’igihugu ivuma uko amatora yagenze ko ivyabaye ari ubwa mbere bibaye

Akamaramaza ,abamenyeshamakuru bose bitabiriye ikiganiro ca Ndikuriyo Révérien bose bakorera umugambwe uri ku butegetsi ntanumwe yabajije ikibazo atahawe ,umumenyeshamakuru akorera Intumwa Burundi we yayiciye umurya, ati "Muzoshira aho intahe ishize nimwatsindwa?"Abaraho bihereye irinyo.

Ni iyihe nzira abarundi bokoresha kugira bigobotore intwaro ya Cndd-Fdd? Umutumire ni Honorable Léonce Ngendakumana . Fyonda ngaha 👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾👇🏾 meet.google.com/isc-xqhs-gde?h…

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

Uyu mu pasitori naho jewe ntamwemera ,ivyo ategura si rupigapiga,biba bifise isuku kandi bifise urutonde ukuntu...n'amajambo ashikiriza aba atondetse ukuntu muri make ku bamukunda nibazako aryoshe kwumviriza ,n'ukuntu asa wogira ngo n'umurongozi mwiza nukuri ,nzohava ndamwemera