
Hon.Sinzohagera Emmanuel
@honsinzohagera
Président du Sénat du Burundi, 6ème législature
ID: 1299286809416003584
28-08-2020 10:05:08
792 Tweet
23,23K Takipçi
710 Takip Edilen

Turakeje Umukuru w'igihugu cacu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye kuri ino myaka 5 amaze arongoye Uburundi. Muze twese tubandanye tumushigikiza ibikorwa kuko ari vyo vyonyene bizotuma dushika kuri ya mbonakazoza y'igihugu cifashe kandi giteye imbere, twongere dushimire Imana yamuduhaye
