Eyes Of Burundi (@eyesofburundi) 's Twitter Profile
Eyes Of Burundi

@eyesofburundi

Investigative journalism uncovering the truth in Burundi. Reporting on politics, human rights, and untold stories. #EyesofBurundi

ID: 1886000311669571584

calendar_today02-02-2025 10:35:13

44 Tweet

34 Followers

29 Following

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

#Alerte: Dutabarize uyu mu pasitori #Madogo #Israel w'umunyecongo yaba #Butere, yakuwe mu muduga wunguruza abantu ubakuye muri #Kenya bari bageze I Kobero. Yakuwemwo wenyene hari mu ndwi iheze none umuryango wiwe ufise ubwoba ko atakiriho.Shikana kure ubu butumwa . Radio Peace Fm la Voix des jeunes

#Alerte L'horreur à Marangara (Ngozi):un enfant de 5 ans sauvagement assassiné à la machette par un Imbonerakure.L'impunité règne au Burundi, où les proches du pouvoir se croient au-dessus des lois. La police va-t-elle céder aux pressions pour libérer le meurtrier? #StopImpunité

#Alert:Uyu musi umumenyeshamakuru #Sandra #Muhoza yaburany ku #Mpimba,umushikirizamanza akaba yamusabiye imyaka 12 hamwe n'amande y'umuriyoni,urubanza rukaba rwaciye rushirwa mu mwiherero,yagirijwe kuvugana n'abamenyeshamakuru bahunze hamwe na Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 n'abandi nzobwira ejo

Mes sincères félicitations à Niyungeko Alexandre,Christine Kamikazi,Floriane Irangabiye et Sandra Muhoza pour le prix du courage en journalisme décerné par le College of Media&Communication basé aux États-Unis.Petit à petit,le courage des journalistes bdais est reconnu à travers le monde.

#Amakuru #y'#aka #kanya Mw'ikambi y'impunzi ya Nyarugusu,yatewe n'abantu bataramenyekana,aho hariko harumvikana amasasu menshi,hari nabamaze kuraswa,bamwe banitavye Imana ,gerageza mutabarize abarundi bahungiye #Tanzania .Ubu hari akajagari ntibazi ababateye abaribo Davy Lionel

Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

#Update Iyi niyindi mpunzi yari isanzwe igwariye mu bitaro ngaho mw'ikambi ya #Nyarugusu ,none ihejeje kuraswa amaguru yose ,mw'ikambi ya #Nyarugusu ibintu ntivyifashe neza na gato ,kuko nubu habandanya kwumvikana amasasu menshi Tubandanya tubikurikirana ACAT-BURUNDI

SOS Médias Burundi (@sosmediasbdi) 's Twitter Profile Photo

🔴 #Burundi : La cour d’appel de Mukaza, située dans la capitale économique Bujumbura, s’est déclarée incompétente pour juger la journaliste Sandra Muhoza, annulant sa condamnation et son mandat d’arrêt. Pourtant, elle reste détenue à Mpimba. RSF exige sa libération immédiate !

KABURAHE (@antoinekaburahe) 's Twitter Profile Photo

Histoire & Mémoire À Abidjan, des moments d’une rare intensité partagés avec le Dr Pie Masumbuko, 94 ans. Un baobab, l’un des derniers témoins et acteurs de notre histoire. Pour moi, épris de mémoire et d’héritage, des échanges habités par la densité de son parcours...

Histoire & Mémoire
À Abidjan, des moments d’une rare intensité partagés avec le Dr Pie Masumbuko, 94 ans. Un baobab, l’un des derniers témoins et acteurs de notre histoire. Pour moi, épris de mémoire et d’héritage, des échanges habités par la densité de son parcours...
Eyes Of Burundi (@eyesofburundi) 's Twitter Profile Photo

Abarundi baba mubudagi baridogera ubuserukizi bwabo “ngo uhamagaye hitaba umuntu avuga igifaransa naco nyene kigwaye..wagira umubwiye ikirundi ngo mwumvikane neza ,akakubwira ngo uvuge igiswahiri” @ASendazirasa Radio Peace Fm la Voix des jeunes Reynolds Butari SOS Médias Burundi Radio Inzamba

Hari nyungu yinyege muriri higanwa rizobera mugihugu cubuswedi “Sweden”nigute #bancobu yotanga amahera agera kubihumbi 50000€ mugihe FEBABU Yananiwe nokwubaka ikibuga gishasha. Vuba ibinyegezwa ahabona Arnaud MUGISHA Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 Reynolds Butari Ikiriho Radio Peace Fm la Voix des jeunes

Umurundi Batururimi Jean Marie Vianney yarabuze irengero Kuva kwigenekerezo rya 01/09/25 ,yagiye gutogwa ikiziga itariki 10/09/25 atorwa muburuhukiro bwabapfuye abiwe barasaba amatohoza hamwe nitahikanwa ryiwe Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 FOCODE KABURAHE Reynolds Butari Radio Peace Fm la Voix des jeunes

Umurundi Batururimi Jean Marie Vianney yarabuze irengero Kuva kwigenekerezo rya 01/09/25 ,yagiye gutogwa ikiziga itariki 10/09/25 atorwa muburuhukiro bwabapfuye abiwe barasaba amatohoza hamwe nitahikanwa ryiwe Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 FOCODE KABURAHE Reynolds Butari Radio Peace Fm la Voix des jeunes
Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

🚨 Bujumbura –Les détenus de Mpimba lancent un #SOS sur l’état de santé critique de la journaliste #Sandra_Muhoza,emprisonnée depuis 1 an et 6 mois pour son métier.Malgré les appels répétés,le régime CNDD-FDD refuse sa libération.#FreeSandraMuhoza RSF Human Rights Watch Memory Bandera

🚨 Bujumbura –Les détenus de Mpimba lancent un #SOS sur l’état de santé critique de la journaliste #Sandra_Muhoza,emprisonnée depuis 1 an et 6 mois pour son métier.Malgré les appels répétés,le régime CNDD-FDD refuse sa libération.#FreeSandraMuhoza
RSF
Human Rights Watch
Memory Bandera
Ndondeza amangetengete (@ikigatanyakazi) 's Twitter Profile Photo

Ntakintu kimpa ishaka nkukuntu aba extrémistes hutu baraba RED Tabara bakayibonamwo abatutsi gusa, hama aba extrémistes tutsi bakaraba RED Tabara bakayibonamwo abahutu gusa 👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾👏🏾 Mwaba extrémistes mwese, ndakunda ingene RED Tabara ibaconfusinga 💯 Abatari muvyamoko

FloNisabwe (@fnisabwe) 's Twitter Profile Photo

#PinceauSansFiltre Lors d’une rencontre de ce 1er décembre le Président du #Burundi SE Evariste Ndayishimiye a affirmé ne pas être au courant de l’emprisonnement de la journaliste Sandra Muhoza, détenue depuis le 13 avril 2024. Via SOS Médias Burundi sosmediasburundi.org/2025/12/02/pin…

#PinceauSansFiltre
Lors d’une rencontre de ce 1er décembre le Président du #Burundi SE Evariste Ndayishimiye a affirmé ne pas être au courant de l’emprisonnement de la journaliste Sandra Muhoza, détenue depuis le 13 avril 2024.
Via SOS Médias Burundi  sosmediasburundi.org/2025/12/02/pin…
Joe Philbert Karangwa (@joe_philbert_ka) 's Twitter Profile Photo

Umukuru w'igihugu yaranse kurekura umumenyeshamakuru Sandra Muhoza kugira ngo abandanye umwuga wiwe .Mu Burundi ibijanye no kwubahiriza agateka ka zina muntu biracari kure nk'ukwezi ,ibiheza bigasubiza inyuma unwigenge bwo kumenyesha amakuru . 𝕭𝖆𝖈𝖔𝖓𝖎𝖇 𝕭𝖑𝖆𝖎𝖘𝖊 KABURAHE FOCODE

KABURAHE (@antoinekaburahe) 's Twitter Profile Photo

URGENT / Prison confirmée pour Sandra Muhoza ! La journaliste Sandra Muhoza est condamnée à 4 ans de prison😭 Détails suivront RSF en français ; RSF Africa ; Committee to Protect Journalists ; UE au Burundi ; RFI Afrique ; BBC News Afrique ; DW Afrique ; IFEX Sandra va très mal. antoinekaburahe.com/ils-tuent/

Eyes Of Burundi (@eyesofburundi) 's Twitter Profile Photo

Urgent!!!!#SandraMuhoza ahejeje guciribwa igifungo cimyaka 4 ..yagiriwe nivyaha bibiri : “ 1:Icoguhemukira igihugu n'ugusumira urusaku abanyamahanga 2:Icugutukana amajambo y'akankanzi gafatiye kubwoko. Ahanishijwe umunyororo w'impaga w'imyaka (4) n'ihadabu ry'amafranga ibihumbi

Urgent!!!!#SandraMuhoza ahejeje guciribwa igifungo cimyaka 4 ..yagiriwe nivyaha bibiri :

1:Icoguhemukira igihugu n'ugusumira  urusaku abanyamahanga
2:Icugutukana amajambo y'akankanzi gafatiye kubwoko.
Ahanishijwe umunyororo w'impaga w'imyaka (4) n'ihadabu ry'amafranga ibihumbi