Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง (@wilsonlixon) 's Twitter Profile
Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง

@wilsonlixon

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฆEast African Citizen. Youth Ambassador @UN Humanitarian. Public Servant in the Government of Canada

ID: 3230153037

linkhttps://youtube.com/@wilsons_talk?si=2xJSbIUHBYYgNqUp calendar_today03-05-2015 09:58:37

8,8K Tweet

10,10K Followers

401 Following

Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง (@wilsonlixon) 's Twitter Profile Photo

Iyo bumenya umwe bwari ikindi, reka kuba mwigira ba kabizi mwibaza ko musumvya ubwenge abandi. Mu Burundi amacakubiri afatiye ku moko ariho kandi biraboneka, rero reka kwigira umunyabwenge burenze abandi, gufata ifoto yurya mu miss ukayizoominga werekana iminwa nโ€™amazuru uti

Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง (@wilsonlixon) 's Twitter Profile Photo

Abarundi iyo bahuye hatarimwo Politics baba banezerewe babona ko ikibahuje ari kwitwa "Abarundi" Burundi in Canada ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฆ Ottawa big respect. Aha ba bakecuru n'abatama buzuye amoko ntibaba barimwo๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ gahunda ni gukomera induru kuri Space za X gusa๐Ÿ˜‚

Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง (@wilsonlixon) 's Twitter Profile Photo

Kuva uyu munsi nanzuye ko Zirikunama n'ibihweba vyiwe vyose ari abasazi biruka๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ Can you imagine kuzana umuntu nka Bwejeri akavuga ko Prince Louis Rwagasore atari umwana w'Umwami Mwambutsa, ngo Mwambutsa yumvise bagira bice Rwagasore yaciye yiha icupa ry'inzoga kubera

NIWEMWIZA Anne Marie (@annemwiza) 's Twitter Profile Photo

Cyakora abakoresha bamwe ijuru bazaryumva mu matangazo. Ugakorera umuntu ukamara amezi angahe ataguhemba we??? Dear @RDBRWANDA mushinzwe hospitality, Ministry of Public Service and Labour | Rwanda mwashyizeho abagenzuzi b'umurimo bakaba bateshwa agaciro Ministry of Justice & Rwanda Investigation Bureau , iyi restaurant ko atari

Landry Ninteretse (@ninteretse) 's Twitter Profile Photo

Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง Bitugora kuko 3/4 tugwaye ibikomere vya kahise bitigeze bivurwa canke bikire. Yamara urunganwe rw'ubu rwahisemwo gukira mu kurondera Ukuri, guharanira Ubutungane n'iteka kuri bose no kugendera Ubuntu. Cana ๐Ÿ•ฏ๏ธwongere umurikire mugenzi wawe. Uburundi buzokira, bitebe bitebuke!

<a href="/WilsonLixon/">Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง</a> Bitugora kuko 3/4 tugwaye ibikomere vya kahise bitigeze bivurwa canke bikire.
Yamara urunganwe rw'ubu rwahisemwo gukira mu kurondera Ukuri, guharanira Ubutungane n'iteka kuri bose no kugendera Ubuntu.
Cana ๐Ÿ•ฏ๏ธwongere umurikire mugenzi wawe.
Uburundi buzokira, bitebe bitebuke!
Hon. ๐–๐ข๐ฅ๐ฌ๐จ๐ง-๐‹๐ข๐ฑ๐จ๐ง (@wilsonlixon) 's Twitter Profile Photo

Ntakuntu Apotre/Ambassadeur etc..... Pasteur Isidore Mbayahaga bomuha akantu nawe akaba occuper kuko sinibaza ko muri Onatour hariyo akazi kuko sinumva ukuntu umuntu du lundi o lundi yirirwa kuri YouTube acibwamwo bamuhe akantu kabisa.... .. Nyaguhabwa ukuzimuโ€ฆ.