Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba) 's Twitter Profile
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮

@semavumba

Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni
youtube.com/user/Burundi33… facebook.com/IdrissManiraga…

ID: 1214336144596488192

linkhttps://www.youtube.com/user/Burundi336/videos calendar_today07-01-2020 00:01:35

2,2K Tweet

6,6K Followers

2 Following

Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 (@semavumba) 's Twitter Profile Photo

Abanyarwanda baramwenyura iyo ibindi bihugu bibahaye ababakoreye inabi. Ariko twebwe tubasavye abadukoreye ikibi bagaca birabisha hariya... Menya Neza: Abakoreye ibibi urwanda baca bahungira i Burundi bose barasubijwe i Rwanda, ariko abakoreye ikibi abarundi bagahungira i Rwanda

Abanyarwanda baramwenyura iyo ibindi bihugu bibahaye ababakoreye inabi.
Ariko twebwe tubasavye abadukoreye ikibi bagaca birabisha hariya...
Menya Neza: Abakoreye ibibi urwanda baca bahungira i Burundi bose barasubijwe i Rwanda, ariko abakoreye ikibi abarundi bagahungira i Rwanda