
𝙋𝙖𝙩𝙧𝙞𝙤𝙩𝙚 🇧🇮
@patriote257
I was born a Burundian ; I will live a Burundian ; I shall die a Burundian.
ID: 1662930172121608192
28-05-2023 21:14:24
11,11K Tweet
11,11K Takipçi
1,1K Takip Edilen

Ntakintu novuga ntarabona abagize bureau y’ inama Inama Nshingamateka nshasha Nkuko turiko dushira mungiro Vision y’ igihugu, dukeneye inama nshingamateka ikomeye cane, itora amategeko ajanye n’ igihe kandi twipfuza inama nshingamateka ikorera kuvyipfuzo vy’ umwenegihugu w’ umurundi
