
قسم من ركيز
@manirakizaezch4
Agent du développement communautaire
ID: 1240939276680024064
20-03-2020 09:52:56
1,1K Tweet
535 Followers
1,1K Following



Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye na Angeline Ndayishimiye Ndayubaha yaganutse avuye mu nama mpuzabikorwa ya African Union yo hagati mu mwaka igira 7 yabereye i Malabo.Umukuru w'Igihugu akaba n'Umukuru wa #COMESA yararonse akaryo k'ugushikiriza ivyaranguwe ku burongozi bwiwe bwa #COMESA.



✦✦ 𝗨𝗺𝘄𝘂𝗻𝗴𝘂, ikimenyetso gikomeye cane kigaragaza #Umunyamugisha. Aho hambere hahise #Inzuzi baziha abantu kugira bapime #Imigisha yabo. Uyu rero ni Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yarashe ho, igipimo ntabesha.Ehe noneho raba #Imigambi yose yatubwiye idugiye rimwe ✦✦ 🇧🇮🇧🇮


Umukuru w'Inama y'Abakuru b'Ibihugu vya African Union Nyenicubahir João Lourenço akaba n'umukuru w'igihugu ca Angola,yagenye Nyebicubah SE Evariste Ndayishimiye,umuhizi wa African Union mu bibazo vy'urwaruka,amahoro n'umutekano,kuba Intumwa idasanze ya African Union mu karere ka Saheli



Le Chef de l'Etat Burundais et Président du conseil des Sages du parti CNDD-FDD S.E SE Evariste Ndayishimiye s'est joint aux Bagumyabanga de la Province Gitega ds une prière oeucuménique organisée par ce parti chaque dernier Jeudi du Mois. La prière a vu également la participation du SG CNDD-FDD





La paralysie dont raconte certains médias dans les urgences et la chambre froide de l’hôpital HÔPITAL PRINCE RÉGENT CHARLES pour défaut de carburant est inventée de toutes pièces. C’est plutôt le générateur qui a pris feu, mais remplacé aussitôt. Tout est redevenu à la normale. #InspiringYouthDaily


Par décret n° 100/008 du 08 Août 2025,le Président de la République du Bdi SE SE Evariste Ndayishimiye vient de procéder à la nomination des chefs des cabinets et des conseillers des Gouverneurs de Provinces.D'autres partis sans sieges obtiennent des sièges ds l'administration Provinciale.


Umukuru w’Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yateye iteka ibirori vyo guhimbaza Umunsi Mukuru Mpuzamakungu wahariwe Abasangwabutaka, vyabereye i Buganda mu Ntara ya #Bujumbura ku civugo: “Abatwa b’i #Burundi mu buhinga bwa none, duharanire agateka kacu, dutegure kazoza”.


#Burundi:Son Excellence SE Evariste Ndayishimiye le Chef de l'Etat Burundais a procédé à la présentation du Nouveau Gouverneur de la Province de Bujumbura Province de Bujumbura et de l'administrateur Commune Mukaza ce mardi le 12 Août 2025. Les cérémonies se sont déroulées au Stade INTWARI.



SE Evariste Ndayishimiye 🇧🇮ari kumwe n'Umushikiranganji wa mbere Kassim Majaliwa Majaliwa 🇹🇿bahejeje kwugurura icese ibikorwa vy'ibarabara ry'indarayi muri komine #Musongati y'intara ya #Burunga. Rizofasha kugabanura igiciro co kunguruza ibidandazwa gushika ku bice 70% #Burunga16_08 #Vision2040_2060



Communiqué sur le voyage du Président de la République du #Burundi, SE SE Evariste Ndayishimiye, accompagné par SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, à destination du #Japon où il prendra part à la #TICAD2025
