
King Umurundi Freedom
@kuf_asbl
KUF_Asbl.
facebook.com/share/1AC7Lx3n…
youtube.com/@kingumurundif…
. wa.me/27762709776 [email protected]
ID: 1276087260069363718
25-06-2020 09:38:26
13,13K Tweet
24,24K Takipçi
10,10K Takip Edilen

#Burundi Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye mw'ijambo ahejeje gushikiriza aganutse yaremesheje abarundi. Yagize ati:"Ntihagire umuntu azosubira guhahamuka ngo yumvise ibihuha,abarundi basiba gukora ntibasiba kuvuga" Yongeye ati:"Kuba mu Burundi bisaba kugira amaso ntugire amatwi"