Intwararumuri (@intwararumuri) 's Twitter Profile
Intwararumuri

@intwararumuri

Actualités Musique Sport Gouvernement & Politique Football Science Jeux Olympiques

ID: 941277404097667074

calendar_today14-12-2017 12:03:16

1,1K Tweet

1,1K Followers

99 Following

Intwararumuri (@intwararumuri) 's Twitter Profile Photo

Icegera c'Umukuru w'Igihugu Nyakwubahwa Prosper #Bazombanza asaba indongozi muma zone kuja hamwe bategura inyubakwa zokoreramwo Sentare, gutyo Reta ice ibaha abacamanza. Yabishikirije ku mutumba Kibenga-Murehe, muri komine #Mwaro #FlambeauDeLaPaix2025 facebook.com/share/v/17Mik7…

Intwararumuri (@intwararumuri) 's Twitter Profile Photo

Igihe Abenegihugu b'i #Mwaro bakira Urumuri rw'Amahoro #FlambeauDeLaPaix2025, ku rugabano rw'intara ya #Burunga na #Gitega, kari akanyamuneza ntangere #Burundi facebook.com/share/v/1ChR1G…

Intwararumuri (@intwararumuri) 's Twitter Profile Photo

Le #FlambeauDeLaPaix2025 a illuminé les initiatives de développement axées sur le changement de mentalités. Madame Mboneko Sauda ancienne députée élue de Province de Bujumbura, a présenté un champ d’un hectare équipé de machines modernes; et une récolte prévue de 10 tonnes de maïs.

Le #FlambeauDeLaPaix2025 a illuminé les initiatives de développement axées sur le changement de mentalités. Madame Mboneko Sauda ancienne députée élue de <a href="/Bujaprov2025/">Province de Bujumbura</a>, a présenté un champ d’un hectare équipé de machines modernes; et une récolte prévue de 10 tonnes de maïs.
Intwararumuri (@intwararumuri) 's Twitter Profile Photo

Urumuri rw'Amahoro rwamurikiye ibikorwa vy'iterambere mu ma komine ya #Isare na #Ntahangwa mu ntara ya #Bujumbura facebook.com/share/p/17N1uF…