INTARE BATINYA (@ikirundi1) 's Twitter Profile
INTARE BATINYA

@ikirundi1

๐ŸŽถ๐ŸŒ๐Ÿ”ž

ID: 1279769805885714433

calendar_today05-07-2020 13:31:32

227 Tweet

212 Followers

382 Following

Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

He is my Presedent ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ and I proud of him! He always ready to serve us and help us to build our future๐Ÿฆ… SE Evariste Ndayishimiye #UNGA77 #UNGA #Abatwip

He is my Presedent ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ and I proud of him! He always ready to serve us and help us to build our future๐Ÿฆ…
SE Evariste Ndayishimiye

#UNGA77 #UNGA #Abatwip
Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

Wee Natacha Burundi Ndibaza ubuho wumvise??๐Ÿ˜’๐Ÿ˜’ Reka abarundi batere iteka igihugu cabo๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ. Izina Sat-B muri Afrimma Awards si inyungu za Sat-B tahura ko ari iteka kugihugu! ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Wee Natacha Burundi Ndibaza ubuho wumvise??๐Ÿ˜’๐Ÿ˜’ Reka abarundi batere iteka igihugu cabo๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ. Izina Sat-B muri Afrimma Awards si inyungu za Sat-B  tahura ko ari iteka kugihugu! ๐Ÿคฆโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

#Abatwip kuberiki atanumwe mbona ariko aravuga ko igitoro cabaye nkavy'abijumbu twita ingorane๐Ÿฅบ๐Ÿ˜’ Aho Ntimwovuga ati Harambe Mutama wacu SE Evariste Ndayishimiye Harico atadukorera kweli๐Ÿ˜๐Ÿ˜Œ Canke muvuga ingorane gusa? Umuhinga yigenga

Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

"UW'UTOKWIPFURIZA ITERAMBERE NTIYOGUCIRA INZIRA! " BANDANYA MUTORA Sat-B MURI AFRIMMA ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡ afrimma.com/afrimma-vote-2โ€ฆ DUTERE ITEKA IGIHUGU CACU! ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ #Abatwip

"UW'UTOKWIPFURIZA ITERAMBERE NTIYOGUCIRA INZIRA! "

BANDANYA MUTORA Sat-B MURI AFRIMMA
๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
afrimma.com/afrimma-vote-2โ€ฆ

DUTERE ITEKA IGIHUGU CACU! ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
#Abatwip
Hervรฉ-Tistou๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฟ (@htistou) 's Twitter Profile Photo

MuBurundi ugize dreads, ukazoza nagasabuni namazi ya Regideso ariko still ukaba "ukenye" bakwita umu impoli, Hari Ahantu henshi utinjira... Ariko ufise Aka niveau socio-รฉconomique kameze Neza, naho wozoza nisabuni hamwe namazi ya Regideso, na President murayaga da... ๐Ÿคธ๐Ÿพโ€โ™€๏ธ๐Ÿคธ๐Ÿพโ€โ™€๏ธ๐Ÿคธ๐Ÿพโ€โ™€๏ธ๐Ÿคธ๐Ÿพโ€โ™€๏ธ

Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

Abo baririmvyi tubona musi ya Kivumbi ni aba Hit maker ba 2020,2021,2022! Hano iwacu hamwe no mukarere! Kivumbi nta song nimwe yiwe izwi i ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ eka niwabo ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ! Ariko araje i๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿฅบ๐Ÿ˜‚kandi azorya menshi gusumba abo ba HitMaker! HAMA NGO BAREKE KUBAGAYA! NOKUBATUKA๐Ÿ˜‚ #Abatwip #Burundi

Abo baririmvyi tubona musi ya Kivumbi ni aba Hit maker ba 2020,2021,2022! Hano iwacu hamwe no mukarere! Kivumbi nta song nimwe yiwe izwi i ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ eka niwabo ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ! Ariko araje i๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿฅบ๐Ÿ˜‚kandi azorya menshi gusumba abo ba HitMaker!
HAMA NGO BAREKE KUBAGAYA! NOKUBATUKA๐Ÿ˜‚
#Abatwip #Burundi
Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

All Africans for ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ #FIFAWorldCup #ุงู„ุงุฑุฌู†ุชูŠู†_ู‡ูˆู„ู†ุฏุง

All Africans  for ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡ฆ
#FIFAWorldCup #ุงู„ุงุฑุฌู†ุชูŠู†_ู‡ูˆู„ู†ุฏุง
Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

Mana nzima ndakwinginze iyi mbwa messi ๐Ÿฅบntitware #WorldCup kuko aba fans ba Barcelona na Messi botwica!๐Ÿ˜ญ Amen #Abatwip #burundi

Umushubi (@audywashington2) 's Twitter Profile Photo

JEWE UMUGAMBWE WANJE CNDD-FDD WANYIPFURIJE UMWAKA MUSHASHA! WEHO WA MUGAMBWE WAWE WABIGUKOREYE ๐Ÿค”NDABIZI NTAVYABAYE ๐Ÿ˜! 2023 UKUBERE UMWAKA WOGUHINDUKA,NOGUHINDURA UMUGAMBWE! #Abatwip #HappyNewYear #Burundi

JEWE UMUGAMBWE WANJE CNDD-FDD WANYIPFURIJE UMWAKA MUSHASHA!

WEHO WA MUGAMBWE WAWE WABIGUKOREYE ๐Ÿค”NDABIZI NTAVYABAYE ๐Ÿ˜!

2023 UKUBERE UMWAKA WOGUHINDUKA,NOGUHINDURA UMUGAMBWE!
#Abatwip #HappyNewYear #Burundi
Kireko (@kireko_official) 's Twitter Profile Photo

Mwaramutse neza #Abatwip ni Hakizimana Dรฉo muzi kw'izina rya KIREKO. Nkaba nishikiye kumuhora wa Twitter, jeho kuki! #Burundi #burundionthemap