Atibu Gaspard
@gaspardatibu
ID: 4852159434
03-02-2016 03:54:28
156 Tweet
105 Followers
193 Following
“Ivyokorwa imbere n’inyuma y’amatora ya 2020 ni ibiki?” Ivyo n’ibindi bibazo bizishurwa na Atibu Gaspard mu kiganiro ejo ku wa gatandatu isaha 2 mugitondo amasaha y’i Bujumbura. Ufise ikibazo uzohamagare kuri Whatsapp +12063758324 canke wandike kuri Twitter ukoreshe #Twabaza