FOCODE (@focode_) 's Twitter Profile
FOCODE

@focode_

Organisation de défense des droits humains
Suivre notre chaîne WhatsApp: whatsapp.com/channel/0029Va…

retweet =not endorsement

ID: 3458452036

linkhttp://www.focode.org calendar_today27-08-2015 14:12:02

2,2K Tweet

13,13K Takipçi

664 Takip Edilen

FOCODE (@focode_) 's Twitter Profile Photo

🔴 Umuyobozi wa Kaminuza y'Uburundi aratera ubwoba abanyeshure bariko batanga amakuru yerekeye amabi ayikorerwamwo ! Ivyo tubisanga mw'itangazo ubuyobozi bwa Kaminuza y'Uburundi bwaraye busohoye. Dr. Audace Manirabona ayirongoye ntiyanditse izina ryiwe kw'itangazo yise iryo

🔴 Umuyobozi wa Kaminuza y'Uburundi aratera ubwoba abanyeshure bariko batanga amakuru yerekeye amabi ayikorerwamwo !

Ivyo tubisanga mw'itangazo ubuyobozi bwa Kaminuza y'Uburundi bwaraye busohoye. Dr. Audace Manirabona ayirongoye ntiyanditse izina ryiwe kw'itangazo yise iryo