
Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
@semavumba
Umuranga w akaranga. #ndaraguza #ndaterekera #ndabandwa. #Umunyoni
youtube.com/user/Burundi33… facebook.com/IdrissManiraga…
ID: 1214336144596488192
https://www.youtube.com/user/Burundi336/videos 07-01-2020 00:01:35
2,2K Tweet
6,6K Followers
2 Following










Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye Ndayubaha Yaratwubakiye ishure ryiza rifise n uburaro ryitwa Socle du savoir. Ukeneye kuhashira Umwana wawe, hamagara kuri +257 79 74 77 74/ +257 79 60 31 31


Burundi Insights KCB Burundi CRDB Bank Burundi C’est presque la même chose que Kigingi Comedy cas de Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 imaginez-vous d’insulter un certain comme mavumba en public.leur objectif muguca intege abantu bose bagerageza kuba kuri côté ya leta.baragucafuza,bakakumaramaza etc..ikibabaje mengo la Police Nationale du Burundi ntibibona 😭😔

Uyu mugabo ntiyigeze ahonyoza ikirenge muri Kigingi Summer Comedy, yari yibereye gukwera #Umupfumu Intore𓋹 Segihembe𓂀 . Ariko gushika ino saha niwe avurwa mu giteramo atarimwo. Naje ndibaza uwariwe bikancanga.... Uko bigenda kwose Arakomeye. #BobonaMusic #Umunyoni.







