NDAYISHIMIYE CÉLESTIN
@emmanuelmb40144
Formateur du CEM et MP du CNDD-FDD
ID: 1853123176844439552
03-11-2024 17:14:19
74 Tweet
51 Followers
389 Following
Mu gisabisho gisozera ukwezi catunganijwe n’Umugambwe CNDD-FDD, Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yibukije ashimitse ko indongozi zitegerezwa kuba Abungere beza kuko ata burongozi butava ku Mana. Yasavye Abarundi kuguma ku kivi, bime amatwi ba sesankuyoze, babumbatire amahoro n’ubumwe.
U Burundi bwiza, u Burundi bwa nyaburunga, u Burundi butanyerera, u Burundi buhumiriza bose, u Burundi bw'amata n'ubuki, u Burundi, u Burundi bw'inka n'imirima. Kubw'umuhezagiro wa SE Evariste Ndayishimiye, site #Mashitsi muri Commune #Giheta ya Province Gitega ibereye ijisho. Ntare Rushatsi House CNDD-FDD
#Burundi Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye ahamagarira Abarundi gukura amaboko mu mpuzu, ngo ntihagire umuntu n'umwe amara umusi wose ataco akoze #FlambeauDeLaPaix2024
03/12/2024 Umukuru w'imbonerakure ku rwego rw'igihugu #NshimirimanaEric yaragendeye amakomine ya #Busoni, #Kirundo na #Kiremba mu ntumbero yo kuraba ibikorwa vy'iterambere biriko birangurwa n'Imbonerakure. CNDD-FDD Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮
1)#Burundi. Ni iterambere rikomoka ku Mwenegihugu, rikamugarukako. Mw'itangazo Umushikiranganji BURUNDI/MINEAGRIE, Ir Prosper Dodiko yashizeko umukono, umusesekara w'ibigori Reta yaheruka kugurira Abenegihugu buca usubizwa kw'isoko kuva kur'uyo 19/12/2024 gushika 2/1/2025. SE Evariste Ndayishimiye
Ntare Rushatsi House SE Evariste Ndayishimiye Angeline Ndayishimiye Ndayubaha Icompa iyondege igakoroka
1/n Kuri uyu wa22.03.2025 haratunganijwe igikorwa kidasanzwe i #Muhanga co kwerekana inguvu z'umugambwe CNDD-FDD|BUKEYE biciye mu mihari iwukomokako.Twayaze kukijanye no kubungabunga amahor n'umutekan,iterambere.Tukaba twari twatewe iteka n'umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd Butanyerera
Ndakeje cane Umushingamateka Ezechiel Nibigira yaraye yemejwe n’inama idasanzwe y’abakuru b’ibihugu vya CEEAC_ECCAS kugira arongore umurwi nshingwabikorwa w’uyo muryango, nongera ndamwipfuriza kuroranirwa. Ni iteka ridasanzwe kubona Uburundi bubandanya bushinga icumu mu mashinga