Desos Desos
@desos1desos
ID: 1500861852728934406
07-03-2022 15:52:38
808 Tweet
143 Followers
239 Following
Mubijabo Inkwakuzi2 Bob RED Tabara Hari uwababariye ngo ntimuzi umwansi wanyu. Wewe nyene wivugiye uwabasenyeye ! Aya si amajwi yawe gawamworozi we upretenda gutahura naho usubiramwo bรชtement ivyo utamitswe ? Get a brain or use the one you got ! Uba ushaka tugusabe imbabazi zibintu ntabakoreye harya ? Sinayo wari
Ndoricimpa Joe Dalton ๐จ๐ฆ๐ง๐ฎ Rappelle-nous bien: toi tu as fui quoi exactement ? Tu n'as mรชme pas manifestรฉ ni fait une quelconque action qui aurait fait de toi une cible. Tu ne vivais mรชme pas dans un quartier "contestataire" pour que quiconque te vise mรชme par mรฉgarde. Mais tu es lร ร dire quoi d'Antoine
TWIRWANEHO #IDUBU Imigambwe nka yose iri muri opposition iri Burundi yavuze ko ivuye mumatora y'ubusuma, bati uragenda we njo peke ๐คฃ Nawe ati ndaje kubavugisha ingo dukine inkinamico. ๐คฃ
Ndondeza amangetengete Notre objectif est clair :"Un vรฉritable รtat de Droit"๐ฏ๏ธ๐ฆ๐ RED Tabara รtoile ๐ de la Rรฉvolution.
Ntagishasha pe ! Ndondeza amangetengete akundwa kandi akankwa kubera ko ico azi ko ari ukuri akivuga, ico azi ko ari ikinyoma akakivuga. Ukuri nategerezwa kuvuga, ni ko abarundi bakwiye kugaragaza aho bahagaze kuri prรฉsence ya FDNB muri DRC mukwifatanya n'abanyamulenge muri
Ndoricimpa Joe Dalton ๐จ๐ฆ๐ง๐ฎ Ariko abantu muratwenza, none abazoja muri iyo myiyerekano bazoba bagiye gushigikira Mangetengete canke bazoba bagiye kwifatanya n'abanyamulenge bariko bacicwa iwabo, Nimba ariko ahimiriza abantu kuja gufasha muca musakuza ngo Ndondeza Nimba ariko asaba kwifatanya n'abandi
Ndoricimpa Joe Dalton ๐จ๐ฆ๐ง๐ฎ Ariko abarundi ga mana donc uriko uramurega ko bamurihiye itike uti azoba ahari muzomugirira iki? Donc ushaka ko bamumesa๐คญ๐ muriko muramurega kuri nde? Mbega Ndoricimpa woba wibuka ko Ndondeza ari umubiligi, agiye mu bubiligi ntazoba atashe iwabo. Mwe ko mwagiye kwifatanya naba
Abafana bariko barasakuza nkaho bafise capacitรฉ d'analyse y'akarere ๐คฃ Murasukuza nyene kandi sije ndanabivuga. RED Tabara irabacanga, ndasubira ndabibutse: ntaruhusha mbasaba bwo gushigikira abatabazi bacu babarundi, surtout pas mwe mwibereye mumafiriti mubura gusanga benewanyu
Citizen of Africa ๐ RED Tabara CNDD-FDD Aha harimwo details uko recrutement ya P5 yakoretse. Aba bashitse Bijombo bafatanije na Gumino nibo baje gutera Red-tabara nayo yarabivunye bimwe bidasanzwe. Ico gihe na Uganda yari ibifisemwo uruhara kandi ntibumvikana n'Urwanda. Soma๐ ktpress.rw/2019/10/ugandaโฆ
Utazi umwansi wawe, womenya gute uko uhangana nawe ? RED Tabara Intare Intaheba zacu, songa mbele, dutebe Tugire igihugu, abasamara nabo nibasamare nyene ๐ฏ๐ฏ Icabahagurukije nico kikibahagurutsa iminsi yose: abarundi tugire รtat de Droit. youtu.be/Fi6RACHz47g?siโฆ
Masenga U.E Irire amafiriti,ufumbatire umugabo nayo ivyabImulenge bari mugahinda bazi aduรฏ wabo abamaze abagirira nabi...nayo RT uyiveko ni ibiye rikebana uwuritsitayeko riramukeba...ejo waravyiboneye uko Richie na Mubijabo vyarangiye mwiyambura agashambara isi yose irabagaya...