Simon Sindayigaya
@simonsindayiga4
Né le 04 nov,en 1991 sur la colline Mugera,en commune Mishiha dans la province Cankuzo
ID: 1498192456436879361
28-02-2022 07:09:24
47 Tweet
4 Followers
88 Following
Umushikiranganji wa MDNAC Burundi Alain Tribert Mutabazi yatanze ikiganiro ku bamenyeshamakuru aho yashikirije ivyaranguwe mu kiringo c'amezi 3 c'igice ca kabiri c'umwaka wa 2022-2023. Ibido 11 za mazutu zarafatiwe mu kiyaga Tanganyika n'amato 21 yariko arakora ikiyaga cugaye yarafashwe.
#Burundi: CNDD-FDD Secretary General Ndikuriyo Révérien met in the afternoon of Tuesday March 28, 2023, the mobilizers of all the neighborhoods of the urban zone of Province Gitega trained on the ideology of the party. He called on them to be good #Leaders in #society.
Kuri uyu wa 1 Ndamukiza 2023, Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye yifadikanije n'abenegihugu bo mu ntara ya Province Muramvya mu bikorwa vy'iterambere rusangi vy'ukubaka inzu y'inama ya komisariya ya Muramvya.
Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye avuye ku murwa mukuru w'intara ya Province Muramvya, yahise aragura imboga ku badandaza bo ku Mubarazi. Yabashimiye kuko ari abanyamwete.
#Burundi: Le chef de l'Etat SE Evariste Ndayishimiye s'est associé ce samedi à la population de Province Muramvya dans les travaux de développement communautaire consistant à la construction d'une salle de réunions se trouvant dans les enceintes du commissariat de la police de #Muramvya.
Le Président de la République SE Evariste Ndayishimiye a visité ses champs rizicoles sur la colline #Gifurwe en zone #Musenyi commune #Mpanda de @BubanzaProvince
La délégation conduite par le Secrétaire Général Adjoint Hon Cyriaque Nshimirimana a aussi participé à la conférence internationale organisée par le FPR-Inkotanyi dans le cadre de la célébration de son 35ème anniversaire , autour du thème du leadership transformationnel.
2) La ministre NIJIMBERE Marie Chantal, native de cette commune #Cankuzo, a fait savoir que c' est dans le cadre de partage de joie de Pâques avec ces familles. Elle a profité de l'occasion pour exhorter toute la population à s' atteler aux travaux d' auto-développement.
1/4.Tugize imisi tubona abategetsi b’U #Burundi harimwo SE Evariste Ndayishimiye batyoza #Abanyagihugu mu kubita #Ibigugu. Ni ingendo igaragaza ubwibone n’amanyama. Ariko, Abarundi barazi ingene berekana ko atari ibigugu. Evariste ni arindire Abarundi bazobimwereka nk'uko bavyeretse abandi.
1) #Burundi: Le gouverneur de Province Cankuzo Banyiyezako Boniface s'est associé, ce samedi 6/5/023, à la population des communes #Mishiha et #Gisagara aux travaux de développement communautaire consistant au traçage de la route reliant ces communes.SE Evariste Ndayishimiye