BARUTWANAYO Gérard
@barutw80
ID: 820225300999106560
14-01-2017 11:05:25
35 Tweet
96 Followers
100 Following
Poursuivant les échanges constructifs dans le cadre de la noble mission qui m’est confiée d'Envoyé Spécial du Président en exercice de l'African Union au Sahel, je me réjouis de la qualité de l’entretien que je viens d’avoir avec mon homologue du Burkina Faso, SE Ibrahim Traoré
#Burundi Kuri uyu wa 27/11/2025, uwakane urangiza ukwezi, nkuko bimenyerewe muri CNDD-FDD , abagumyabanga bo mu ma zone yose uko 64 agize CNDD FDD Buhumuza bateraniye mu masengesho aho basabiye umugisha igihugu n'abenegihugu. Doriane Munezero🇧🇮
#Burundi Ibikorwa vyo kugendera komine zigize Province Buhumuza birabandanya, kuri uyu wa 28 Munyonyo 2025 ubuserukizi bwa CNDD FDD Buhumuza bwaragendeye ama komine ya #Butihinda na #Muyinga.Mu bikorwa hatumirwa indongozi zose mu ntwaro no mu mugambwe ku rwego rwa komine na zone
#Burundi Kuri uyu wa 29/11/2025, nyakwubahwa icegera c'umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD yifadikanije abagumyabanga bo muri CNDD-FDD Ruyigi mu bikorwa rusangi vyo kubabagarira umurima w'ikawa w'amahegitari arenga 10.Kandi uwo murima nuwa CNDD-FDD Doriane Munezero🇧🇮
SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha a recu en audience, ce 07.01.2026, une délégation de la compagnie de téléphonie mobile @LumitelBurundi. Les échanges ont porté sur l'état d'avancement du projet de forage en cours, réalisé en collaboration avec @OPDDBurundi et Lumitel Burundi
Inama y'abashikiranganji yambere mu mwaka 2026 yakoranye kuri uno wa gatatu 7/1 ku kirimba Ntare Rushatsi House ihagarikiwe na Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye. Muvyo bihweje harimwo umugambi wo kwubaka ikigo c'ubudandaji "Buja City Plaza" ahahoze hari isoko nkuru ya Bujumbura.
#Buhumuza Umunyamabanga wa CNDD FDD Buhumuza yarifadikanije n'abagumyabanga bo muri zone #Ruzo komine #Butihinda mu masengesho yo kurangiza ukwezi kwa Ruhuhuma yo kuri uyu wa 26.Ku civigo:"Ubwami iyo bwiciyemwo ibice burasambuka", Abagumyabanga basabwe kuguma bafatanye mu nda
Mw'ijambo ryiwe, umunyamabanga wa CNDD FDD Buhumuza yibukije abagumyabanga ko ubwami buhera mu rugo. Yasavye abo mu ngo kwama baja inama n'ingingo yongera asaba indongozi gukora zuzuzanya zirinde gucanamwo be no gusamburana. Ibifungurwa bitari bike vyaratanzwe mu gushimira Imana