Arnaud MUGISHA
@arnaudmugisha4
Aimer les autres
ID: 1123236521006522368
30-04-2019 14:43:50
10,10K Tweet
1,1K Takipçi
558 Takip Edilen
None umubeshi umumenyera kuki ? SE Evariste Ndayishimiye , Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮
#Burundi : Ushaka kumenya neza ingene umukuru w'igihugu ameze, ingene y'iyumvira , ingene yabayeho w'umviriza ijambo ryiwe . Niho uca wumva kamere k'uwo muntu . Président SE Evariste Ndayishimiye ntiyinyegeza kurya avuga niko ameze . CFOR-ARUSHA , Bamvuginyumvira
Ahatagira ubukuru nyabwo ntihagira iteka n’itekane.SE Evariste Ndayishimiye ashaka kwiyororera iswa none iyo migambi izotugaywa na nde?
Umusi mukuru w’abasuma b’inka . Raba ingene bamarana hagati yabo wobeshera ifyisi zo mw’ishamba. Abataguje uyo murwi w’amabandi barapfuye bishwe n’abo nagendanye abandi baragaye kubera umuvumo w’amaraso mwasheshe. Démocratie ntironderwa n’IMIHIMBIRI NKURUNZIZA Hermès we
Urabuze uwo ukanga Macumi Séverin wibaza go ni cagihe mukiri mw’ishamba muza murategera abantu mubambura abandi mukabarisha amazirantoke? Wibaza go muzotwica mutumare?har naho ivyo unyifuriza ejo wontaga kubibamwo na bunyoni ntiyarazi ko yokwishwe nuyo mubandi mugezi we.