Bonfils Niyongere
@niyongerebonfi2
Journaliste burundais membre de l'UBJ et FIJ. Les tweets n'engagent que moi et les retweets n'engagent que ses auteurs.
ID: 883397980639776771
07-07-2017 18:51:06
1,1K Tweet
3,3K Followers
240 Following
Twese Turi Bamwe, twonse rimwe - Amical des Musiciens (Burundi) - youtu.be/jJwe9rVQrXw?si… via YouTube Abigisha amacakubiri nabo bamenye ko ata nyungu n'umutahe bizova mu vyamwa vy'amacakubiri. Ubumwe bwacu nizo nguvu niyo nkinzo yacu. FOCODE RCP Burundi Radio Inzamba
Birateye isoni kubona umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye yagiriza Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 ko mu gih c'amagume yaratunzwe no kurya neza,Ko yomureka naw akarya nez mugihe arongoye igihugu kitagira amagume.Aya n'amajambo abiba urwanko nkuko haheze imisi har'imirwi bivyarira inyungu y'akanya gato
Le CNDD-FDD voit Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 partout 😏 Le président #Neva le hante, ses pions — Iragi/Pacifique, Nyambo/Raïssa, Zirikunama/Félicité l’assaillent sur X. Ce régime sanguinaire tremble devant un simple nom… mais continue à massacrer les Burundais sans sourciller 🪞💀
Mukiganiro ca FOCODE space x du 19 octobre 2025 Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 ahaye challenge SE Evariste Ndayishimiye amusaba kumubeshuza kuba nimba kumwita umubeshi arivyo cank atarivyo?
Umuganuro w'akataraboneka. Turatumiwe guhimbaza uwo munsi Ku civugo : "Imyaka 10 mu Buhungiro. Twirimbure umuco utubere umuhivu utwungira ubumwe ". Landry Ninteretse Davy Lionel HRD Burundi FOCODE ItoreroBurundi Abarundikazi Spiros-Richard Hagabimana Bonfils Niyongere Arielle Kayabaga 🇨🇦 @burundi