Les Faucons de Matongo
@fauconsfc
C'est l'équipe qui est né le 25/8/2021,il est sur la colline Matongo,commune Ndava,province Mwaro
ID: 1468484484135899137
08-12-2021 07:36:17
32 Tweet
7 Followers
194 Following
🔴Mu rukino rwo kumunsi w'ejo rwahuje umurwi wa Young Africans SC na Simbasctanzania,nta gitsindo cashoboye kuboneka ku mpande zose.Ariko icavuzwe cane,ni umupira ukomeye watewe na Saido NTIBAZONKIZA kw'izamu rya SIMBA ku munota wa 58 w'urukino.Saido akaba ariwe yaranze urwo rukino.
Prêcher par l'exemple pour le développement communautaire : plus de 38 hectares des différentes cultures du ministre du MininterInfosBi à Rugoma (Buganda), Nyarure (Mabayi), Mirudi (Bukinanyana) et Rwagongo (Muruta). Du jamais vu au Burundi! Des hommes avec des bras!
Umugwi w'umupira w'amaguru "les faucons FC de matongo" wipfurije Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye n'umuryango wiwe iminsi mikuru ya Noël n'umwaka mushasha w'i 2022.ubipfurije kuroranirwa muri vyose.Imana ishishikare kuwuhangaza.
It is a great honor for me to have presented to H.E. Sahle-Work Zewde the letter of credence by which H.E. SE Evariste Ndayishimiye accredited me as an Ambassador Extraordinary and Plenipotentiary of the Republic of #Burundi to the Federal Democratic Republic of #Ethiopia.
#Inkino_mwaro kuruyu wa kane igenekerezo rya 6/1/2022 harabaye urukino rwahuje équipe Les Faucons de Matongo yo ku #Matongo hamwe na équipe yaje iva kumutumba #Nyamurenge Score: Les Faucons de Matongo de Matongo1-0Nyamurenge Niharambe inkino zo soko yogukomeza amahoro,nokugira amagara meza
Le Directeur Général de l'@ANACOOP,Evrard NDAYIKEJE participe au 3ème Forum de dévelopment rural en Afrique du 10 au 12/01/2022 à Kinshasa #RDC. La délégation MininterInfosBi est sous l'égide de l'Assistant du Ministre. Ntare Rushatsi House