Denise B. Nkurunziza
@denisebucumi
Former First Lady of #Burundi, Senior Pastor in the Community of the Churches of the Rock and Chairperson of @FondationBuntu
ID: 775631864468008960
13-09-2016 09:47:01
302 Tweet
63,63K Followers
4 Following
Biragoye kuronka majambo aremereye nokoresha kugira nshimire Imana kuri uno musi aho Radio TV Buntu ikwije imyaka itanu isamirana mu gihugu cose. Iyo ugize indoto ushobora guhura n'ibiguca intege vyinshi ariko ugumije umutima, ukizera Imana urateba ugashika kuri iyo ndoto. Turabakeje
Kw'Izina ry'Umuryango usigwa na Petero #Nkurunziza no kw'izina ryanje nyene, nagomba nshimire cane Umuryango wa Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye ingene batubaye hafi mu guherekeza Umuvyeyi wacu. Turashimiye kandi abantu mwese mwatubaye hafi muri ibi bihe bigoye. Imana Ibahezagire cane
Certaines peines de la vie sont difficiles à surmonter, et perdre un être cher est la plus terrible de toutes. Permettez moi de vous présenter mes plus sincères condoléances cher Marcello TUNASI pour le décès de votre épouse. Heureux ceux qui meurent dans le Seigneur