CNDD-FDD SECTION ALGERIE
@cnddfddalgerie
ID: 1826350375529492480
21-08-2024 20:09:01
347 Tweet
161 Followers
15 Following
Amasanamu yerekana imigirwa ya Gisirikare mu kwakira Umukuru w’Igihugu C'U #Burundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye hamwe n'agashimwe k'inkofero yitwa Saponé yahawe na mugenzi wiwe wa Burkina Faso, ibimenyetso vyerekana icubahiro n'urukundo biranga abanya Burkinabe.
S.E. SE Evariste Ndayishimiye, en marge de sa visite d’amitié et de travail au Burkina Faso, a également visité l’Agence gouvernementale FASO MEBO, chargée de la réalisation des infrastructures publiques à base des briques en bétons ou dalles pour pavement .
SE SE Evariste Ndayishimiye a regagné le pays ce 21/4, au terme d’une mission l’ayant conduit successivement au Congo pour l’investiture de son Homologue, en Turquie pour le Forum diplomatique d’Antalya, puis au Burkina Faso pour une visite d’amitié et de travail de Président de l'UA.
Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yatahutse mu gihugu kuri uyu wa 21/4, inyuma y'urugendo yahoramwo rwamushikanye i #Congo mu birori vya mugenziwe vyo kurahira, mu nama ya #ADF2026 muri #Türkiye no m'urugendo rw'akazi muri Burkina Faso
Amasanamu yerekana uko Umukuru w’igihugu c'U #Burundi akaba n'Umukuru wa African Union Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye, ingene yakiriwe ku kirimba ca Koulouba na mugenzi wiwe wa Burkina Faso Nyenicubahiro Capitaine Ibrahim TRAORÉ, arongoye ishirahamwe #AES
African Union SE Evariste Ndayishimiye Capitaine Ibrahim TRAORÉ Amasanamu yerekana akanyamuneza karanze banyenicubahiro bompi SE Evariste Ndayishimiye na Capitaine Ibrahim TRAORÉ mu kiganiro cerekeye imigenderanire hagati y'ishirahamwe #AES yabaye irahagarikwa, hamwe na African Union .
Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yaratembereye ihinguriro ry'ifu y'ubuyi bw'abana n' abakuze i Ouagadougou, nyen'ihinguriro ni Umurundikazi yitwa ITEKA Ingue ahabaye imyaka 26 .
M'urugendo yarimwo i Burkina Faso yenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye, yaratembereye kandi "Agence gouvernementale FASO MEBO" n'igisata ca Reta kijejwe gukora inyubakwa za Reta bakoresheje amatafari ya beto
Dans son discours, le Chef de l’Etat, SE SE Evariste Ndayishimiye, a rappelé l’importance de l’éducation électorale à l’intention de la population soulignant que les élections constituent un pilier essentiel de la démocratie et donnent au peuple le droit de décider du destin de leur Nation.
SE SE Evariste Ndayishimiye a exhorté la population à lutter contre toute menace à un bon processus électoral, revenant sur l’importance de la paix et la sécurité,la lutte contre la désinformation, l’auto-financement,la cohésion des partis politiques, la justice et la participation citoyenne
SE Evariste Ndayishimiye SE SE Evariste Ndayishimiye a insisté sur le fait que le processus concerne avant tout les Burundais et doit se dérouler sans ingérence extérieure. Le peuple est appelé à s’imprégner du cadre légal régissant le processus électoral et d’en assurer le financement pour renforcer la souveraineté
Ku kibuga Ingoma,Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yatanguje isekeza ry'inyigisho z'amatora y'umukuru w'igihugu yo mu 2027. Ibirori vyari vyitabwe kandi na Nyenicubahiro Angeline Ndayishimiye Ndayubaha,indongozi nkurunkuru z'igihugu,imigambwe, abaserukira ibihugu vyabo mu Burundi n'abenegihugu isinzi
SE Evariste Ndayishimiye Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yahamagariye abenegihugu kugwanya ivyo vyose vyokwonona amatora meza, aca agaruka ku kamaro k'amahoro n'umutekano, kugwanya inkuru z'irementanya, kutazera inze mu buryo buzokoreshwa, amacakubiri y'imigambwe, ubutungane n'uruhara rw'abenegihugu.
SE Evariste Ndayishimiye Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye yashimangiye ko igikorwa c’amatora kiraba canecane Abarundi, kandi ko gitegerezwa kutivangwamwo n’abanyamahanga. Abenegihugu bahamagarirwa kumenya neza amategeko agenga amatora no kuyaterera mu vy’uburyo gutyo batsimbataze ukwikukira nyakuri kw’igihugu.
Dans la soirée de ce 22/4 au Palais de Province Gitega, SE SE Evariste Ndayishimiye, accompagné de SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, a partagé un moment convivial et fraternel avec les responsables des partis politiques agréés au Burundi, arrosant la cohésion politique déjà encrée entre différents partis