Bugesera News (@bugeseranews) 's Twitter Profile
Bugesera News

@bugeseranews

Média en ligne. Avec une information équilibrée et sûre

ID: 1366806631644868608

calendar_today02-03-2021 17:45:05

337 Tweet

113 Followers

38 Following

UBUMWE (@ubumwehebdo) 's Twitter Profile Photo

Kw'igenekerezo rya 3 Mukakaro 2022 ku kibuga c'indege mpuzamakungu citiriwe Melchior Ndadaye harafashwe abantu babiriri ari bo Gakwaya Ernest na Nkunzurwanda Salama bagomba kuja mu gihugu c'Ububirigi.

Mu ntara ya @NgoziProvince, komine Ruhororo muri Seminari Nkuru y'i Burasira, habereye umwiherero w'inama nkuru y' Ubutungane irongowe n'Umukuru w'igihugu c'Uburundi, SE Evariste Ndayishimiye.

Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Le Président Evariste #Ndayishimiye a reçu en audience le Ministre d’Etat aux Affaires Étrangères des Émirats Arabes Unis,Mr Shakbout Bin Nahyan Al- Nahyan porteur d’un message de félicitations du Président Mohammed Ben Zayed, pour l’accession du #Burundi à la tête de East African Community.

Le Président Evariste #Ndayishimiye a reçu en audience le Ministre d’Etat aux Affaires Étrangères des Émirats Arabes Unis,Mr Shakbout Bin Nahyan Al- Nahyan porteur d’un message de félicitations du Président Mohammed Ben Zayed, pour l’accession du #Burundi à la tête de East African Community.
UBUMWE (@ubumwehebdo) 's Twitter Profile Photo

Umukuru w'igihugu, SE Evariste Ndayishimiye yakiriye umushikiranganji wa Reta zunze Ubumwe z'abarabu ajejwe imigenderanire no gufashanya,Shakbout Bin Nahyan Al Nahyan aho yaramuzaniye ubutumwa bwo kumukeza mu gihe aherutse gutorwa ngo arongore umuryango wa Afrika y'Ubuseruko East African Community

Ku wa 31.8.2022, icegera c'Umukuru w'igihugu Prospère Bazombanza yahaye umubonano mu biro iwe , Kwa Ntare Rushatsi, umunyamabanga nshingwa bikorwa, Charles Binaman w'ikigo mpuzamakungu kijejwe ubushakashatsi no gusoma ivyanditse ku bijanye n'imico n'indimi vya Abanyafrika.

Joseph Mvyariyehe🇧🇮 (@josephmvyariyeh) 's Twitter Profile Photo

Jewe n'umuryango wanje ndakeje bimwe vy'imva mutima Lieutenant Général de Police Gervais Ndirakobuca Umushikiranganji wa mbere wa Bureau du Premier Ministre .Ashobora kutavyumva ariko Imana ivyumve kuko ukuntu yahora atwara MininterInfosBi nta mwenegihugu atashima.Yaduhaye akanyama kari kabuze

"Tugiye kuvugana n'umushikiranganji abijejwe kugira umwenegihugu wese arima ni miburiburi ha 2 azoze araronswa ingurane y'umwavu kuko uko vyogenda kwose uwo azosarura ashore yishure". Vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihugu SE Evariste Ndayishimiye mu nama yakoranye n'abarimyi b'umuceri i Gihanga

N'umuryango wanje turakeje vy'imvamutima Nyakubahwa Alain Tribert Mutabazi kuba yongeye kwizerwa na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu kuba Umushikiranganji wa MDNAC Burundi . Imana ibandanye kubazigama no kubayobora mu mabanga ya buri busi. Umunezero ntiwihisha👏👏

N'umuryango wanje turakeje vy'imvamutima Nyakubahwa  Alain Tribert Mutabazi kuba yongeye kwizerwa na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu kuba Umushikiranganji wa MDNAC Burundi . Imana ibandanye kubazigama no kubayobora mu mabanga ya buri busi. Umunezero ntiwihisha👏👏
UBUMWE (@ubumwehebdo) 's Twitter Profile Photo

8.9.2022, Umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye yarakiriye, abaserukira ishirahamwe ry'abashinwa ricukura ubutare Kunyu Mining, rikorera mu gihugu ca Zimbabwe, urongowe na John PRADZA. Iryo shirahamwe ryipfuza kuzana imitahe mu gisata co gucukura inzahabu mu #Burundi

8.9.2022, Umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye yarakiriye, abaserukira ishirahamwe ry'abashinwa ricukura ubutare Kunyu Mining, rikorera mu gihugu ca Zimbabwe, urongowe na John PRADZA. Iryo shirahamwe ryipfuza kuzana imitahe mu gisata co gucukura inzahabu mu #Burundi
Joseph Mvyariyehe🇧🇮 (@josephmvyariyeh) 's Twitter Profile Photo

Ubutumwa bwo gukeza bukurikira ndabushikirije Umushikiranganji Leocadie Ndacayisaba yongeye kwizerwa na Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye ngo arongore ubushikiranganji bwa @mincotim. Imana ikomeze ikuje imbere mu bikorwa vya buri musi. Umunezero ntunyegezwa

Akabare kose ko mu Ntara ya @KirundoProvince katazomanika ibiciro vy'inzoga aho abantu babibona, kazoca kugarwa. Vyashikirijwe na Albert Hatungimana Buramatari w'iyo ntara kuri uyu wa 1.10.2022,mu ntumbero yo guhangana n'ikibazo c'abikika mu kiza mu kuduza ibiciro 📷@EjohezaNews

Akabare kose ko mu Ntara ya @KirundoProvince katazomanika ibiciro vy'inzoga aho abantu babibona, kazoca kugarwa. Vyashikirijwe na Albert Hatungimana Buramatari w'iyo ntara kuri uyu wa 1.10.2022,mu ntumbero yo guhangana n'ikibazo c'abikika mu kiza mu kuduza ibiciro
📷@EjohezaNews
UBUMWE (@ubumwehebdo) 's Twitter Profile Photo

Kumurwa mukuru wa politike i Gitega, mu bigo vya kaminuza biri itankoma hariko habera umwiherero w'abagize urwego nshingwa bikorwa rwa Reta hamwe n'abayobozi bishikira mu biro vy'Umukuru w'igihugu.