Look Media
@look_television
“Look Media” is a dynamic, all-encompassing media platform that brings together the best of business, tourism, sport, entertainment, health, education...
ID: 1858560410787663872
https://www.lookmedia.bi/ 18-11-2024 17:19:27
453 Tweet
12 Takipçi
49 Takip Edilen
Tumwitezeko vyinshi cane! Ntare Rushatsi House parcem African Union
Mbega waruziko iyo usize "IBOMBO" ryuguruye ata mazi ahari ko REGIDESO Burundi ikurihisha? # Abatwip ~𝕏 #Burundi
Abo bitakunzeko tuja kw'ishure natwe turiyungunganya! Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme
Zimwe mu mpamvu bataronka itiro mw'ijoro! #Burundi # Abatwip ~𝕏
Uburundi buri mu kibanza ca 7! Ministère des Finances Burundi OLUCOME Burundi Gabriel Rufyiri
Inyuma y'amezi agera kuri 2, ubu vyabaye! Ntare Rushatsi House MininterInfosBi Ministère des Finances Burundi Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme
Iyi niyo mpamvu ibiciro vyama biduga! Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme
"UBUTARE" bubandanya kudandazwa hanze! Ntare Rushatsi House Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme Ministère des Finances Burundi Bureau du Premier Ministre # Abatwip ~𝕏
Telephone na Televiziyo zirica amaso! Raba ikiganiro cose ngaha: youtu.be/vE-K1Fn-I6g Ministère de la Santé Publique Burundi(MSP)
Hariho umuntu ndamuvuze aronka 500$, ni jewe natanguje ubu INFLUENCER mu BURUNDI, mu 1000 ndimwo! Raba ikiganiro cose ngaha: youtu.be/exmAmZYxOLs ThaLivingLegend Sat B Simbizi Wa Semavumba🇧🇮
Kw' "IVOKA RUHERE" benshi bazopfungwa! Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme # Abatwip ~𝕏 Province Butanyerera
Ubu tugomba dusubire gukora ko umupaka wuguruwe! MininterInfosBi Ministère Ressources Minières,Industrie&Tourisme MAEIRCD
Vuba bagiye gutangura guhembwa! Inama Nshingamateka Ntare Rushatsi House Ministère des Finances Burundi # Abatwip ~𝕏
Haribonekeje impano nshasha muri BASKETBALL mu BURUNDI, aba ni bamwe muri bo! Raba ikiganiro cose: youtu.be/EdT9NGu4QIM FEBABU Brarudi SA Amstel Burundi Urunani Basketball Club Dynamo BBC
Igisagara ca BUJUMBURA gitegerezwa kwakaka! Ntare Rushatsi House BUJUMBURA Min.Infra,logements Socio,Transports &Equipements
Ibimenyetso vyerekana ko umwana afise ikibazo c'UMUTIMA, buri muvyeyi akwiye kumenya! Raba ikiganiro cose: youtu.be/9A1XSLCno4U Ministère de la Santé Publique Burundi(MSP)
Abagabo barashobora kwanduza abagore babo iyi "KANSELI"! Ministère de la Santé Publique Burundi(MSP) BARADAHANA Lydwine # Abatwip ~𝕏