🚀Unas jornadas que contarán con los mejores ponentes sobre inversión, tecnología, emprendimiento y cultura. ¡Pronto más información! #CAPSAFood #LaGranjaLab Consejería de Ciencia, Empresas, Formación, Empleo #Hunosa #SODECO
Agrégé Pablo-Aimable Kayinamura Joseph Edwin Dwima Umunyakaranga NSENGIYUMVA Eddyssa Agrégé Pablo-Aimable iyo uvuze ko 2003 igihugu cari umusaka ntabwoba wumva?? hanyuma abo bahay #Onatel, #SOSUMO naza #SODECO zikora neza amabarabara ameze neza abanyeshure muri #UB bourse iza neza nibindi vyinshi #Igitoro gihari neza. ubutukaba tugez aho uzi ntabwoba wumva
#AsturiasInvestorsDay CEEI Asturias SRP Asturias #SODECO EOI Compromiso Asturias ajeasturias Asturias Power
#likiyago: amashirahamwe abiri ariyo #Sogestal hamwe #Sodeco araheraniye amafaranga imiliyaridi 2 #Reta hamwe n'abakozi bayakorera. niyonzima audace yamenyeshejeko ico kibazo bakizi kandiko hari Umugwi w'ashizweho mu bushikiranganji kugira wige ibijanye n'ibirarane vyabo bakozi.
🔴 « Amashirahamwe #Sogestal na #Sodeco, aheraniye Reta hamwe n’abakozi bayo ba kera, amafaranga arenga imiriyaridi 2,3 z’amarundi » Vyashikirijwe n’Umushikiranganji wa Ministère des Finances Burundi , Audace Niyonzima igihe yariko yishura ku kibazo c’abakozi ba kera, bakoreye ayo mashirahamwe ariko
niyonzima audace BURUNDI/MINEAGRIE A la question des anciens agents de #SOGESTAL Kirimiro qui a fermé en 2020 et qui réclament leurs salaires impayés depuis 2018, le ministre des finances dit qu'une commission a fait le tour des #SOGESTAL et #SODECO et a fait un rapport qu'il a remis au ministre.