umuhirwa 2 ๐Ÿ˜Ž๐Ÿคž๐Ÿฝ(@Sir_Umuhirwaa2) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ˜‹

Uripfuza gufungura neza ? Ku kabeyi gasosa ?
Street Corner irahari kubwawe ๐Ÿค—.

Gira commande yawe Kuri 61 137 000 babigusanze ahuri hose mu gisagara kuri 6 milles yawe gusa โ˜บ๏ธ.

Avec livraison gratuite

Like&Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ

#StreetCornerFood๐Ÿ˜‹ #Jeudi

Uripfuza gufungura neza ? Ku kabeyi gasosa ?
@streetcornerbdi irahari kubwawe ๐Ÿค—.

Gira commande yawe Kuri 61 137 000 babigusanze ahuri hose mu gisagara kuri 6 milles yawe gusa โ˜บ๏ธ.

Avec livraison gratuite 

Like&Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ
account_circle
KING:UMURUNDI(@KingBurundian) 's Twitter Profile Photo

Abagizi ba nabi bitwaje ama grenades batashotse bamenyekana mw'ijoro ryakeye barateye ama grenade mu bibanza bitandukanye mu gisagara ca Bujumbura,cane cane ahatumbereye ububiko bw'ibikoresho vya REGIDESO Burundi (ico twokwita Cabine).Aha twovuga nk'aho benshi bita kuri

account_circle
umuhirwa 2 ๐Ÿ˜Ž๐Ÿคž๐Ÿฝ(@Sir_Umuhirwaa2) 's Twitter Profile Photo

Aho wibereye muhira , kukazi , kwa Muganga ...

Urashobora gutumako aga pizza kameze neza canee from Street Corner ,imisi yose de 15h ร  21h ๐Ÿ˜‹ , bakayigusanza ahuri hose mu gisagara ๐Ÿค—

1 pizza ๐Ÿ•: 20 milles Fbu
2 pizza ๐Ÿ• : 30 milles Fbu

Like & Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ

Aho wibereye muhira , kukazi , kwa Muganga ...

Urashobora gutumako aga pizza kameze neza canee from @streetcornerbdi ,imisi yose de 15h ร  21h ๐Ÿ˜‹ , bakayigusanza ahuri hose mu gisagara ๐Ÿค—

1 pizza ๐Ÿ•: 20 milles Fbu
2 pizza ๐Ÿ• : 30 milles Fbu

Like & Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ
account_circle
NDIKURIYO Guy Raoul(@NdikuriyoRaoul) 's Twitter Profile Photo

Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Nyenicubahiro tanga imihoho, Igihugu carakunaniye. Raba ingene u Rwanda ruri organisรฉ na Bus mu gisagara i Kigali๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ

est un grand homme qui se respecte et qui a une vision trรจs claire.

Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ                             Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ 

Nyenicubahiro #NEVA tanga imihoho, Igihugu carakunaniye. Raba ingene u Rwanda ruri organisรฉ na Bus mu gisagara i Kigali๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ 

#Kagame est un grand homme qui se respecte et qui a une vision trรจs claire. 

#NdayishimiyeVyaranse
account_circle
AKEZA Burundi(@akezanet) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ”ด๐Ÿ˜๐ˆ๐๐Š๐”๐‘๐” ๐˜โ€™๐”๐Œ๐”๐๐’๐ˆ : Kaze mukurikirane ikiganiro cโ€™Abahungu batatu bakiri bato, baba mu Nyakabiga , mu gisagara ca Bujumbura , bazanye ubuhinga bushasha bwo guhingura igitoro: Essence, Pรฉtrole, Gaz, Mazout bakoresheje ibisigarira vya plastique nโ€™ibindi vyatsi.๐Ÿงฏโ›ฝ๏ธ๐Ÿš€

account_circle
KIBILIZI District Hospital(@KibiliziD301) 's Twitter Profile Photo

Ibitaro bya Kibilizi by'Akarere ka Gisagara n'ibigo nderabuzima bibishamikiyeho byibutse ku nshuro ya 30 Jenoside ya korewe Abatutsi 1994.
Baremeye Inka 2 imiryango 2 y'abarokotse Jenoside. .

Ibitaro bya Kibilizi by'Akarere ka Gisagara n'ibigo nderabuzima bibishamikiyeho byibutse ku nshuro ya 30 Jenoside ya korewe Abatutsi 1994.
 Baremeye Inka 2 imiryango 2 y'abarokotse Jenoside. #Kwibuka30 #Rwandahealth #GisagaraDistr.
account_circle
AKEZA Burundi(@akezanet) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ”ด๐Ÿ˜๐ˆ๐๐Š๐”๐‘๐” ๐˜โ€™๐”๐Œ๐”๐๐’๐ˆ : Abahungu batatu bakiri bato, baba mu Nyakabiga , mu gisagara ca Bujumbura , bazanye ubuhinga bushasha bwo guhingura igitoro: Essence, Pรฉtrole, Gaz, Mazout bakoresheje ibisigarira vya plastique nโ€™ibindi vyatsi. Ni mu ntumbero yo guhangana

Karahasimvye(@maheneka_) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ”ด Umuryango w'umuhisi Paul Ndabahinyuye urakeneye ubufasha.

Igandagurwa ry'umurundi Paul Ndabahinyuye ryabaye mw'ijoro ry'uwa 24-25.3.2024 mu gisagara ca Capetown muri Afrika y'epfo. Paul yishwe n'abasuma bamusanze mw'idoka yari amazemwo indwi zitatu gusa akoramwo.

Paul

๐Ÿ”ด Umuryango w'umuhisi Paul Ndabahinyuye urakeneye ubufasha.

Igandagurwa ry'umurundi Paul Ndabahinyuye ryabaye mw'ijoro ry'uwa 24-25.3.2024 mu gisagara ca Capetown muri Afrika y'epfo. Paul yishwe n'abasuma bamusanze mw'idoka yari amazemwo indwi zitatu gusa akoramwo.

Paul
account_circle
umuhirwa 2 ๐Ÿ˜Ž๐Ÿคž๐Ÿฝ(@Sir_Umuhirwaa2) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ˜‹

Uripfuza gufungura neza ? Ku kabeyi gasosa ?
Street Corner irahari kubwawe ๐Ÿค—.

Gira commande yawe Kuri 61 137 000 babigusanze ahuri hose mu gisagara kuri 6 milles yawe gusa โ˜บ๏ธ.

Avec livraison gratuite

Like&Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ

#StreetCornerFood๐Ÿ˜‹ #Samedi

Uripfuza gufungura neza ? Ku kabeyi gasosa ?
@streetcornerbdi irahari kubwawe ๐Ÿค—.

Gira commande yawe Kuri 61 137 000 babigusanze ahuri hose mu gisagara kuri 6 milles yawe gusa โ˜บ๏ธ.

Avec livraison gratuite 

Like&Retweet ๐Ÿ™Œ๐Ÿฝ
account_circle
Kwetu ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ(@GtgCity) 's Twitter Profile Photo

Imbonerakure ziga muma kaminuza atandukany akorera mu gisagara ca Mairie de Bujumbura zivuka muri Antenne Province Gitega yagutse bakoranye inama barongowe na .Baka bari batewe iteka n'abari muri point focal:Uwurongoye Imbonerakure n'uwurongoye abakenyererarugamba
CNDD-FDD

Imbonerakure ziga muma kaminuza atandukany akorera mu gisagara ca @MairieBuja zivuka muri Antenne @Gitega yagutse bakoranye inama barongowe na  #NIYONKURU_Tharcisse.Baka bari batewe iteka n'abari muri point focal:Uwurongoye Imbonerakure n'uwurongoye abakenyererarugamba
@CnddFdd
account_circle
UBUMWE(@UbumweHebdo) 's Twitter Profile Photo

Ku wa 23 Rusama 2024,mu gisagara ca Mairie de Bujumbura, Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye Ndayubaha yagiye kwibarutsa umuryango
uheruka kwibaruka amahasa y'abigeme ku wa 17 Rusama 2024,hakoreshejwe ubuhinga bushasha mu Burundi bukoreshwa n'ibitaro vya Fondation umugiraneza

Ku wa 23 Rusama 2024,mu gisagara ca @MairieBuja, Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu @Burundi1stLady yagiye kwibarutsa umuryango
uheruka kwibaruka amahasa y'abigeme ku wa 17 Rusama 2024,hakoreshejwe ubuhinga bushasha mu Burundi bukoreshwa n'ibitaro vya Fondation umugiraneza
account_circle
Le journal Afrique TV5MONDE(@JTAtv5monde) 's Twitter Profile Photo

30 ans du gรฉnocide des Tutsis au Rwanda : nous recevons Me Richard Gisagara, avocat de la Communautรฉ Rwandaise de France

account_circle
UBUMWE(@UbumweHebdo) 's Twitter Profile Photo

Hatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura ibiganiro bihuza abaserukira ishirahamwe ry'Ubumwe bwa Buraya na Reta y'Uburundi.Vyari bihagarariwe na Albert Shingiro umushikiranganji ajejwe imigenderanire no gufashanya mw'itetambere ari kumwe n'uwuserukira Ubumwe bwa Buraya mu Burundi

Imvaho Nshya | Rwanda(@Imvaho_Nshya) 's Twitter Profile Photo

Ababyeyi bo muri Gisagara District barashimira inzego zโ€™ubuzima mu zikomeje kubegereza serivisi zatumaga barenga Akarere bajya kurishaka mu tundi Turere, byโ€™umwihariko izirebana no kwita ndetse no kuvura impinja zavukanye ibibazo. Ministry of Health | Rwanda
imvahonshya.co.rw/imbamutima-zabโ€ฆ

Ababyeyi bo muri @GisagaraDistr  barashimira inzego zโ€™ubuzima mu #Rwanda zikomeje kubegereza serivisi zatumaga barenga Akarere bajya kurishaka mu tundi Turere, byโ€™umwihariko izirebana no kwita ndetse no kuvura impinja zavukanye ibibazo. @RwandaHealth 
imvahonshya.co.rw/imbamutima-zabโ€ฆ
account_circle
Ruzindana Rugasaguhunga(@RuzindanaRUGASA) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ’” Bamuboheye inyuma ku modoka ya pick up itwawe nโ€™abajandarume

๐Ÿ’” Bamuzengurukana Umujyi wa Nyanza, umutwe ureba hasi ku butaka

๐Ÿ’” Batumira abaturage ngo baze kwirebera iyicwa rya Gisagara

๐Ÿ’” Bamujyana ku biro bya Komine abaturage baza kurebera ari benshi

๐Ÿ’” Yahagaritswe

account_circle
UBUMWE(@UbumweHebdo) 's Twitter Profile Photo

Umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca ahamagarira abakorera mu gisata co gutumatumanako kurwiza ubushakashatsi kugira gitere imbere.Yabishikirije mu birori vyo guhimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe guhanahana amakuru vyabereye mu gisagara ca Bujumbura