Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile
Samuel Ndayiragije

@samndayiragije

Entrepreneur et President de la Diaspora Burundaise

ID: 3194804791

calendar_today13-05-2015 23:43:48

373 Tweet

1,1K Takipçi

2,2K Takip Edilen

Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile Photo

Nezererwana natwe. Uburundi buratunze cane youtube.com/live/qG2uoLqkI… Buhumuza: Kurikirana ikibiriraho ihiganwa INKINGI Z’IMBONAKAZOZA 2025

Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile Photo

Nezerejwe cane n’ukuntu nakiriwe n’Umukuru w’Igihugu cacu,SE Evariste Ndayishimiye Twagiranye ikiganiro ciza cane kandi cubaka ku bijanye n’uruhara rudasanzwe rwa Diaspora Ndundi mu rugendo rwo kwubaka igihugu cacu c’Uburundi kirangwa n’ubutungane, ubumwe, n’intwaro ibereye. Twashimangiye

Nezerejwe cane n’ukuntu nakiriwe n’Umukuru w’Igihugu cacu,SE Evariste Ndayishimiye Twagiranye ikiganiro ciza cane kandi cubaka ku bijanye n’uruhara rudasanzwe rwa Diaspora Ndundi mu rugendo rwo kwubaka igihugu cacu c’Uburundi kirangwa n’ubutungane, ubumwe, n’intwaro ibereye.

Twashimangiye
Ntare Rushatsi House (@ntarehouse) 's Twitter Profile Photo

Le Chef de l’État, SE SE Evariste Ndayishimiye rehaussera de sa présence la grande finale de la compétition “Inkingi z’Imbonakazoza", prévue le lundi 28 juillet 2025 au Jardin Public de #Bujumbura. C’est un événement initié par la Diaspora #Burundi-aise pour promouvoir la Vision 2040–2060.

Le Chef de l’État, SE SE Evariste Ndayishimiye rehaussera de sa présence la grande finale de la compétition “Inkingi z’Imbonakazoza", prévue le lundi 28 juillet 2025 au Jardin Public de #Bujumbura. C’est un événement initié par la Diaspora #Burundi-aise pour promouvoir la Vision 2040–2060.
Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile Photo

Umwana niwe yabaye uwambere Mu kuvuga poeme nziza cane muri final y’ihiganwa #Inkingi Z’IMBONAKAZOZA. Uburundi Burafise impano pe!

From Minister of Finance to Premier Ministre of #Burundi 🇧🇮. Congratulations to H.E.NTAHONTUYE Nestor on this well-deserved promotion! When we met in DC during the World Bank Spring Meetings, I knew this moment was coming. Your powerful defense of Burundi’s interests in our meeting

From Minister of Finance to Premier Ministre of #Burundi 🇧🇮. Congratulations to H.E.NTAHONTUYE Nestor on this well-deserved promotion!
When we met in DC during the World Bank Spring Meetings, I knew this moment was coming. Your powerful defense of Burundi’s interests in our meeting
Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile Photo

Ndakeje cane Abarundi bose baba muri Gabon Kugikorwa baranguye co gutanga intebe zirenga ijana kw’ishure riri ku mutumba wa Gitunga muri Mwaro. Imana ihezagire cane ibikorwa vy’amaboko yabo kandi bumve ko tubashimiye bimwe Bivuye ku mutima. Iki ni icerekana neza ko Diaspora

Ndakeje abarundi baba muri #USA na cane cane abahurikiye mw’ishirahamwe #DICOBU, ku gikorwa ciza bakoze congutanga ibikoresho vy’ishure ku bana ba ntahonikora barenga 205 bo mu Cibitoke i Mabayi. Umwana Umwe akaba yaronkejwe amakaye 10, amakaramu 2 hamwe n’irate. Iki ni

Ndakeje cane Abarundi baba muri Mozambique kugikorwa c’iteka bakoze co gutanga ibikoresho vy’ishure ku bana ba ntaho nikora bo mu Ruziba. Abana barenga 300 akaba aribo baronkejwe ibikoresho vy’ishure. Umwe wese akaba yaronkejwe amakaye 10 hamwe n’amakaramu 2. Iruhande

Ndakengurukiye cane abatunganinje iri higanwa rya Rallye International du Burundi. Nkengurutse ingene vyari bitunganijwe neza cane!

Iki ni ikimenyetso cemeza neza ko ivyavuzwe ku #Mbonakazoza bigomba bitangure kuja mungiro. Nezerejwe no kubona Umukuru w’umugambwe uri ku butegetsi CNDD-FDD Nyen’iteka Ndikuriyo Révérien yerekanye akarorero keza ko gutonda umurongo ku musi w’amatora y’abakuru b’imitumba. Ikimenyetso

As President of the Burundian Diaspora, I proudly signed an MoU with the Burundi Development Agency (ADB) , a decisive step to anchor the Diaspora as a strategic pillar of our nation’s Vision 2040–2060. Together, we will drive investment, connect global markets, and secure

As President of the Burundian Diaspora, I proudly signed an MoU with the Burundi Development Agency (ADB) , a decisive step to anchor the Diaspora as a strategic pillar of our nation’s Vision 2040–2060.
Together, we will drive investment, connect global markets, and secure
Samuel Ndayiragije (@samndayiragije) 's Twitter Profile Photo

Abatazi Uburundi babuvuga nabi, ariko twebwe tubuzi neza turabuvuga neza. ✨🇧🇮 Uburundi bugiye gutera imbere kuko benshi batanguye guhindura ingendo n’inyifato berekeza ku Imbonakazoza y’Uburundi. Ndafashe rutemakirere 🛫, ngiye kuburata mu makungu. I Burundi Musigare amahoro

Abatazi Uburundi babuvuga nabi, ariko twebwe tubuzi neza turabuvuga neza. ✨🇧🇮
Uburundi bugiye gutera imbere kuko benshi batanguye guhindura ingendo n’inyifato berekeza ku Imbonakazoza y’Uburundi.

Ndafashe rutemakirere 🛫, ngiye kuburata mu makungu. I Burundi Musigare amahoro