Perpétue Niragira-Miganda
@pmiganda
Umurundikazi, Spouse, Mother & Grandmother.
Book: Trésors du Burundi ancestral- Founder Karambi Eco-Cultural Heritage @KwaMiganda kwamiganda.com
ID: 1669795364
14-08-2013 07:24:11
4,4K Tweet
6,6K Followers
1,1K Following
Perpétue Niragira-Miganda _Ubuntu Ikigega baracubakira hanze. Igitiba baragishira mu nzu. Uko ari bibiri babibikamwo umwimbu. Hari igitiba c'umwimbu n'igitiba c'inzuki. Hari imvura igwa mu ci.Imwe bayita igihungurabayi ( guhungura ibayi).Iyindi bakayita instsindagirabigega (gutsindagira ibigega). #chngtclmatq
Bwakeye. Higeze kuza abashitsi b'abanyamahanga Kwa Miganda-Karambi Eco-Cultural Heritage hanyuma harya bariko barihereza ikinyobwa, bambaza "santé !" mu Kirundi. Mwa bantu mwe, nariyumviriye akanya, nca nibuka yuko iyo Abarundi bariko barasoma urwarwa, bavuga ngo "Soma rusose"! None ni nde yonyunganira?
Du fond du cœur, je voudrais remercier l'Ambassadeur Francine Niyonsaba Ambassador, championne mondiale de notre pays, #Burundi, pour nous avoir fait l'honneur de visiter Kwa Miganda-Karambi Eco-Cultural Heritage. Quelle simplicité, quelle grandeur d'âme!❤️🌿