Pacifique Nitunga
@pacifiquen86683
burundais reel
ID: 1840296006258229248
29-09-2024 07:43:02
46 Tweet
78 Followers
210 Following
Africa irafise ubutunzi kama bukomeye kandi bwinshi bwo kuzamura iterambere muri uyo mugabane. Ni na co gituma Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye asaba ibihugu bigize #COMESA kubukingira no kubuvyaza umwimbu ku neza y'abenebihugu b'uwo muryango #Burundi 23rd COMESA SUMMIT #COMESASummit2024
#Flambeaudelapaix2024 ✦✦ Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye 🇧🇮 ahamagarira abari mu ntara z'iki gihe 𝐊𝐮𝐧𝐲𝐰𝐚𝐧𝐚 n'abo mu ntara bagiye hamwe kugira bagire 𝐔𝐫𝐮𝐧𝐚𝐧𝐢 ✦✦ #NevaWacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano abagize ishirahamwe #CRCD rikora ibijanye n'iterambere mu vy'imibano rifise icicaro i Los Angels mu gihugu ca Reta zunze ubumwe z'Amerika.Bakaba baganiriye ibijanye n'umugabi rw'igihugu w'imbonakazoza
#Burundi Inyuma y'aho Sebarundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye atangarije kurekura abafungwa yisunze itegeko ry'Umukuru w'igihugu, ico gikorwa kirabandanya neza ku mugaragaro. Ku bapfungwa 5442 iryo tegeko riraba, abagera ku 4000 baramaze gushika mu miryango yabo. #RetaMvyeyi
Lors de la prière mensuelle du CNDD-FDD,SE SE Evariste Ndayishimiye a souligné que tout leadership émane de Dieu, appelant les dirigeants à être des guides. Il a exhorté les #Burundi-ais à préserver le calme, à ne pas prêter oreille attentive aux détracteurs et à renforcer la paix et l’unité
Cndd-Fdd Butanyerera CNDD-FDD CNL Burundi Aka wakabonye mana !!!! Uduhere ingumvu umutware wacu akomeze gukurikirana abo wamuragije
#Kirundo, le 04/01/2025 imbonerakure zo muri zone #kirundo zirikumwe n'uwuzirongoye @HABARUREMA Léonidas zazindukiye muri sport. Kubera n'ubumwe buziranga baciye baja Gufasha Imbonerakure zokuri kaminuza yitiriwe ibiyaga vya #kirundo gusarura ibiharage Ndikuriyo Révérien
Ni vyishi twokwiga: 1.gukunda bose 2.kutinuba ngo nkuko urindongozi 3.umubano mwiza nabo mudasqngije politique 4.kunezerererwa imbere yabo urongoye mukishimana 5.Gukunda abana kuko aribo kazoza k'ejo 6. Nibindi vyinshi....... CNDD-FDD Tite Habimana Cndd-Fdd Butanyerera Ndikuriyo Révérien
Cndd-Fdd Butanyerera CNDD-FDD Ndikuriyo Révérien Ubu nkaho wosanga kirundo twironkeye 100% ngo amajwi yaribwe kandi no munama shingiro ubuserukizi bushikayo gupanga amajwi? Ibaze kuva mu mitumba 140 ukanamanuka mu Manama shingiro? Ubu nukubatsinda impfupfu. Tite Habimana Ndikuriyo Révérien SE Evariste Ndayishimiye CNDD-FDD Cndd-Fdd Butanyerera