
Commune Nyabihanga
@nyabihanga
Bienvenu sur le compte officiel de la commune Nyabihanga.
Commune natale de l'heros de la Démocratie son Excellence Président Mélchior Ndadaye.21/10/1993
ID: 1326104107057369090
10-11-2020 10:08:15
995 Tweet
615 Takipçi
673 Takip Edilen

Transformateur y'umuyagankuba wa REGIDESO Burundi kumurwamukuru wa komine Commune Nyabihanga yaraye ihiye mugihe atamezi atandatu yari bwamare. Ni akababaro kenshi kubakoresha uwo muyagankuba . Ababijejwe bokwihutira gusubiriza ICO cuma SE Evariste Ndayishimiye CNDD-FDD MininterInfosBi


Igotero ca 1.#burundi @cnddfdd inama y'abanyagibugu baharanira démocratie nyakuri, mugihugu kigengwa n'amategeko, abarundi Bose bubahirizwe, bishire kandi bizane mugihugu c'amavukiro, batungwe batunganirwe muvyabo no mubano,atawanrya canke wangura. Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮


Igotero ca 2 CNDD-FDD irondera ineza ya Bose, ntikumira igomba ubutungane, ugusabikanya muri vyose, umutekano kuri Bose,kugira bene Burundi boye kowama bicwa, kandi ataco bazira bangazwa nk'ibikoko, abarundi tiravyanse, Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye VUTUR'IMITEGO


Igotero ca 3 CNDD-FDD irondera intwaro,isubiza ijambo umunyagihuhu, Hakaboneka indongozi , zibikwiye kandi z'imvugakuri, zemera ubutegetsi buciye Mumatora, abarundi bakaro ngorwa nabo bitoreye, atagikenye n'agahotoro, Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye

Igotero ca 4 CNDD-FDD niwewe twizigiye, usubiza Iteka abarundi, urwanya kinyoma n'akarenganyo, akagaye be n'uguhemuka, iragi twasigaranywe n'incungu za démocratie, Rwagasore na Ndadaye biguze abarundi Bose, muze twese turigendere. Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye


Nimba woba witegereza neza, uravye ino foto urabona ko U #Burundi 🇧🇮 atakibazo na 1 bufise. Abenegihugu barikumwe na Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye barahimbawe cane. Wewe Niko ubibona? Rugamban'engwe Dr.h.c. Bob RUGURIKA Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 RPA BBC News Gahuza Radiyoyacu VOA VUTUR'IMITEGO Ntare Rushatsi House


Igotero ca 5 CNDD-FDD mizero y'abarundi, ntanumwe atogushima, kumigambi yawe ibereye uburundi, abarundi sinzi tukuri inyuma, n'ukomere mubawe WE rukiza rw'abarundi, tuguhaye urabikwiye kumigambi yawe myiza, CNDD-FDD . GATONI Rosine Guilene Ndikuriyo Révérien Doriane Munezero🇧🇮 SE Evariste Ndayishimiye


Ewe Burundi warahiriwe, ufise indongozi zibikwiye zikunda abenegihugu SE Evariste Ndayishimiye Doriane Munezero🇧🇮 GATONI Rosine Guilene


Ubuserukizi bw'umugambwe muri komine Commune Nyabihanga bwaritabiriye igikorwa co kwinjiza abagumyabanga bashasha muri komine CNDD-FDD Mwaro Doriane Munezero🇧🇮 CNDD-FDD BIPAS


2. Imbonerakure zo muri komine Commune Nyabihanga zivuye mu ma zone ya #Nyabihanga, #Munago, #Mbogora n'a #Rusaka barakoze défilé yagakura yaryoheje ibirori vy'uyo musi. BIPAS Inama Nkenguzamateka SE Evariste Ndayishimiye @CNDD_FDDGitega Ndikuriyo Révérien Ndikumana Jean Désiré

Umwimbu w'itoni 1 y'inzahabu niwo witezwe ku mwaka uza wa 2026 ahasanzwe hacukurwa ubwo butare i Masaka 1 na Masaka 2 Komine Butihinda intara ya @MuyingaProvince.Vyashikirijwe n'abahinga b'ishirahamwe SOTEB igihe umukuru w'igihugu SE Evariste Ndayishimiye yagendera urwo ruganda


Transformateur yari yahiye muri komine Commune Nyabihanga ihejeje gusubirizwa. Niharambe leta mvyeyi, reta nokozi. SE Evariste Ndayishimiye REGIDESO Burundi CNDD-FDD


Un dîner très convivial offert par le Président de la République de #Serbie, SE Aleksandar Vučić, à son invité d’honneur, SE SE Evariste Ndayishimiye accompagné par SE Angeline Ndayishimiye Ndayubaha, a marqué la fin de la première journée de la visite officielle du Président Burundi -ais en terre serbe.


Mucubahiro gikwiriye ibihangange, umukuru w’ igihugu ca Serbie 🇷🇸 Aleksandar Vučić yazimanye mugenziwe ayoboye igihugu c’ u Burundi nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye. Kuzimana abashitsi ni umuco uranga abantu b’ ubuntu. Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye, uragahora kungoma, turaguhimbariwe


En visite officielle,le Président de la République du Burundi 🇧🇮 Son Excellence SE Evariste Ndayishimiye et son homologue de la #Serbie 🇷🇸 se sont engagés à renforcer la coopération bilatérale entre les deux pays par la signature de 9 accords dans divers secteurs: Agriculture , Éducation,etc


Mu kiyago hagati y'Umukuru w'Igihugu c'U #Burundi Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye na Mugenziwe wa Serbiya, Nyenicubahiro Aleksandar Vučić, kabaye akaryo ko kuganira ku bijanye n'imigenderanire n'ubucuti bisanzwe biri hagati y'ivyo bihugu, n'ingene vyotsimbatazwa mu bisata bitandukanye


Benewacu, aya mayira ariko inkuru zari zaragizwe ibanga, uziko harahantu mbonye bandika ngo Jeannette Nyiramongi yaravyaranye umwana n’ uwahoze ari minister kuntwaro ya Juvenal Habyarimana Jewe naciye nibaza nti uyo mwana ninde ? Ubu rero Paul Kagame ni Yozefu umurezi wa Yezu ?


Turiko tugerageza gushikana imico myiza yamye ituranga i Buraya. Umwubahwa Angeline Ndayishimiye Ndayubaha yamye arasigurira abanyaburaya imico n’ imigenzo y’ abarundi. Ndahamya ntakekeranya ko uyu mukenyererarugamba ariwe First Lady wambere w’ umunyamwete mumateka y’ u Burundi.


kw’ isanamu tubona Félix A. Tshisekedi na Paul Kagame bakiri abana bato. Uretse yuko Kagame ari umuyuwayi, ntimubona ko Félix A. Tshisekedi yakuze ari umusirimu Umuvyeyi wa Félix A. Tshisekedi yamye ari umutegetsi mugihe umuvyeyi wa Paul Kagame yamye ari nyarucari kandi yapfuye yiyahuye kubw’ ubukene


Au 2è jour de sa visite officielle en #Serbie, SE SE Evariste Ndayishimiye s’est entretenu avec SE Mme Ana Brnabić, Présidente de l’Assemblée Nationale de la #Serbie, avec laquelle il a échangé sur des sujets d’intérêt commun aux peuples Burundais et Serbe au niveau bilatéral et multilatéral
