RUHUNA 🇧🇮 📡
@mwenemana
Smart minds help weak minds to work hard for a better performance
ID: 1770574184181112832
20-03-2024 22:15:31
1,1K Tweet
185 Takipçi
426 Takip Edilen
What the hell is this World Food Programme !!!! Are you seriously budgeting 3$ per person to buy food in refugee camp for a whole month PER PERSON ???? At this point, you better close and loose all the funds !!! What kind of food can a person buy with 3$ for a month ? Are you feeding human
Kubantu badakurikirana uko igihugu c'🇧🇮 gitwawe muriyi misi, nobibutsa ko atamisi iheze Angeline Ndayishimiye Ndayubaha avuze ko abantu baza baramuvuga baraba ivyo yambara ari #imburakimazi batagira ico bakora. None nguyu SE Evariste Ndayishimiye yirigwa aravuga uko umukuru wa parcem yambara neza!
Nagira nshimire Hon. 𝐖𝐢𝐥𝐬𝐨𝐧-𝐋𝐢𝐱𝐨𝐧, Reynolds Butari hamwe n'abagize uruhara muri #Bafukure kuko ibimaze imisi bikorwa na #Neva vyerekana ko #strategie_operationnelle yiwe yagiyemwo virus. Ivyo yahora atuma abamuvugira binyegeje inyuma y'ubwoko n'utu X accounts dushsha vyagiye ahabona.
La #CBDDH exprime tout son soutien à sa Directrice exécutive, Eulalie Nibizi(NIBIZI Eulalie) suite à ses récentes déclarations en faveur de la justice, de la vérité et de la liberté d’expression. Les défenseurs des droits humains ne doivent pas être intimidés pour leurs
Izi n'ingaruka zo guturira ama #radio nka RPA . Abahora baronka ijambo #mukabare gusa ubu nibo basigaye bacitse isura yaho igihugu kigeze mubijanye n'uburenganzira bwo gushikiriza iciyumviro. nelly nat Burundi Simbizi Wa Semavumba🇧🇮 Umukubito TV umukubito
H.E Minister Of Buzoca #Buzoca i 🇧🇮 Manirakiza Désiré Nous 🇧🇮, avons hérité de mauvaises habitudes coloniales et monarchiques qui nous empêchent d’avoir un esprit ouvert à la critique. Tout tourne autour du "Ganza-sabwa". Celui qui est mis en avant pour être responsable croit qu’il incarne tout; sagesse, richesse et la force.😒
Abarundi tumenye ko atawufise le monopole du mal envers l'autre. Igihe S.E. Domitien NDAYIZEYE yarwanya abasuma mugisagara ca Bujumbura, vyotwigisha ko inkozi z'ikibi nazo zikunda. Ibi Mbayahaga Isidore yimbira icobo #Faustin akamenya ko agize icaba nawe azoca a subisant le même sort ☠️