FREE BURUNDI 🇧🇮 (@mrbujatweets) 's Twitter Profile
FREE BURUNDI 🇧🇮

@mrbujatweets

Célibataire depuis hier😌. 🛬🛫. 🫸 #FreeSpeech, #Truth and I are one🫷 📌📌 Que du passe-temps

ID: 1634522445703962629

calendar_today11-03-2023 11:52:15

2,2K Tweet

935 Takipçi

741 Takip Edilen

Umuhinga yigenga (@yigenga) 's Twitter Profile Photo

"Intambara za Rwagasore na Ndadaye zari zikomeye cane,abarundi bari barushe cane ariko murabo ntawigeze aronka 70%" "Naho jewe natoreye bampaye 0..."

Umuhinga yigenga (@yigenga) 's Twitter Profile Photo

"...igisimbo cuzuye imfungurwa yamanota abagumyabanga tuzokokora ntavyo kuraza ntamwana turiza..." Imvugo ijana ningiro abavugishwa ba politique baba bavuze nuko tutumva!

Reynolds Butari (@reynoldsbutari) 's Twitter Profile Photo

Merci à tous ceux qui m'accordent leur soutien. Sachez que, amajambo ya barya bantu ataco a nkora , kuko bariko bakora ivyo bahemberwa. Nayo jewe ça n'a me fait ni chaud ni froid, ubuzima burabandanya 😎. Menya ko guhangana na DD ni kwitega ko ikoresha barya nyene hamwe n'abandi

Merci à tous ceux qui m'accordent leur soutien.

Sachez que, amajambo ya barya bantu ataco a nkora , kuko bariko bakora ivyo bahemberwa. Nayo jewe ça n'a me fait ni chaud ni froid, ubuzima burabandanya 😎. Menya ko guhangana na DD ni kwitega ko ikoresha barya nyene hamwe n'abandi
Reynolds Butari (@reynoldsbutari) 's Twitter Profile Photo

Gushika le 23 juin 2023 uwo muntu yaragifise i photo ya Neva kuri photo de profil yiwe ya Twitter. Ndafise utubazo : Mbegi'co gihe Ntiyari bwamenye ko Neva ar'umu génocidaire? Canke yoba yahinduye photo profil yiwe kugira ashobore kuja kuyaga avugishe abarundi, abanyarwanda,

Gushika le 23 juin 2023 uwo muntu yaragifise i photo ya Neva kuri photo de profil yiwe ya Twitter.

Ndafise utubazo :

Mbegi'co gihe Ntiyari bwamenye ko Neva ar'umu génocidaire? 

Canke yoba yahinduye photo profil yiwe kugira ashobore kuja kuyaga avugishe abarundi, abanyarwanda,
Burundi On The Map (@burundionthemap) 's Twitter Profile Photo

Best is to go through our tweets from then until now. The hope we used to have sha.. ati maybe he is the small change we waited for.. ingene yatwemeza kwagiye gukosora ibigenda nabi, abadakora akazi azobakura natwe tugakoma amashi😭 kumbe abo nyene bagaca baba recycled. #abatwip

UMWAMI 👑🇧🇮 (@bmwami10) 's Twitter Profile Photo

1) NOUS, LES JEUNES DU BURUNDI, Nous avons grandi avec des rêves, mais trop souvent, on nous ferme les portes. On a des idées, du courage, de l’intelligence, mais sans argent ni réseau, c’est la lutte quotidienne.

RUMATA (@rumata_sahing1) 's Twitter Profile Photo

Ukuntu uyo muntu impande amuraba😣🫣🥹 yibaza impamvu yambara Gucci na DG et Dior😅😅 Angeline Ndayishimiye Ndayubaha SE Evariste Ndayishimiye muri mubibanza bibaroka kweri nkabambara ipantalo ibaroka mu nda🥵🥶

Dr.h.c. Bob RUGURIKA (@rugbob78) 's Twitter Profile Photo

Aka ga #photo ndagatuye aba #CNDD_FDD n'#Imbonerakure biyemera. Bazirikane kuri ako gasanamu kubera karimwo insiguro y'amajambo amaze imisi avugwa ku butegetsi bwa CNDD-FDD. Ivyo nta wundi mukuru w'igihugu ashobora kubikora.....

Aka ga #photo ndagatuye aba #CNDD_FDD n'#Imbonerakure biyemera. Bazirikane kuri ako gasanamu kubera karimwo insiguro y'amajambo amaze imisi avugwa ku butegetsi bwa <a href="/CnddFdd/">CNDD-FDD</a>. Ivyo nta wundi mukuru  w'igihugu ashobora kubikora.....
Princesse E.KAMATARI (@ekamatari) 's Twitter Profile Photo

En ce jour de célébration nationale, je souhaite à toutes et à tous un très heureux anniversaire de l’Indépendance . Continuons à bâtir ensemble un Burundi uni, paisible et prospère, fier de son histoire et tourné vers l’avenir. 🇧🇮

En ce jour de célébration nationale, je souhaite à toutes et à tous un très heureux anniversaire de l’Indépendance . Continuons à bâtir ensemble un Burundi uni, paisible et prospère, fier de son histoire et tourné vers l’avenir. 🇧🇮