Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile
Mashariki TV

@mashariki_tv

Promouvoir le développement intégral des communautés, renforcer le dialogue politique et le processus de réconciliation.

ID: 862753225677656068

linkhttp://www.masharikigroup.com calendar_today11-05-2017 19:36:12

3,3K Tweet

6,6K Takipçi

12 Takip Edilen

Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Umukuru w'Igihugu asaba urwaruka rwize ibijanye n'ubutare gushira ubuhinga bwabo hamwe kugira ngo ntirusaze rutabonye ubutare bw'uburundi bucukuwe nk'uko vyashikiye abarundi bize ibijanye n'ico gisata mu myaka yaheze. youtube.com/watch?v=Z0rWFL…

Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Umushikiranganji wa Mbere Gervais Ndirakobuca yatunganije inama yahuje abarongoye abandi mu gisagara ca #Bujumbura muntumbero yo kwirimbura no kurabira hamwe ibibazo basanze abenegihugu bafise kugira ngo babitorere umuti hamwe muri #rusansuma . youtube.com/watch?v=Pd6pBV…

Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Haratangujwe ku mugaragaro kuri uno wa 27 Myandagaro 2024 ibikorwa vyo kwagura ikibuga c'indege Melchior NDADAYE. Ivyo bikorwa bikaba vyatangujwe n'Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE, bikaba bizorangurwa na société y'abashinwa. youtube.com/watch?v=R6Z-Qj…

Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Umurwi w'urwaruka urongowe n’umurongozi wa #TDCBurundi Van Elwin Igiraneza waragize urugendo mu ntara za #Gitega hamwe na #Karusi aho bagendeye imwe mu migambi irangurwa n'umurwizatunga Venerand KAZOHERA. youtube.com/watch?v=owccWW…

Mashariki TV (@mashariki_tv) 's Twitter Profile Photo

#Burundi: Le MininterInfosBi informe le public qu'il procède à l'inscription de nouveaux candidats pour le corps de police au sein de cette institution.

#Burundi:  Le <a href="/MininterInfosBi/">MininterInfosBi</a> informe le public qu'il procède à l'inscription de  nouveaux candidats pour le corps de police au sein de cette institution.