Muhuza Mandela
@mandelamuhuz
ID: 1856943549507358720
14-11-2024 06:14:13
187 Tweet
38 Followers
175 Following
Greg Le Grec Hahah iyo ubwami bugiye gusenyuka haba Hari ibimenyetso bitabesha 🕯️🦁🌟 abakibandanya bizera gusomera muri DD nagomba mbahebuze mugiye kurumanga
Uno wamungu tuzokwumva BAYAGA arongoye ingabo za RED Tabara.
Umuhari RED Tabara, n'umwe mumihari Abarundi bumvise yimenyekanisha ko yatanguje urugamba rwo kubogora u #Burundi, bwongere bube igihugu cubakiye ku mategeko, demokrasi n'intwaro ibereye. Kaze mu kiganiro 𝐈𝐣𝐚𝐦𝐛𝐨 𝐍𝐢 𝐑𝐰𝐚𝐰𝐞 c'ejo aho bukera gitumiwemwo uwurongoye
Reynolds Butari Reka mvuge nk’Umurundikazi, apana nkumu Red-Tabara. Twese dufise umwansi umwe ariwe leta ya DD. Reka dukorere hamwe nk’umwe, turwanye iyo ntwaro. Dushire ku ruhande amatati yose dufise nko mu miryango, ay’amoko…nibindi. TOGETHER WE CAN WIN & BUILD OUR 🇧🇮 WITH RULE OF LAW (ÉTAT