Bony (@bbony123) 's Twitter Profile
Bony

@bbony123

Learn to do right; seek justice. Defend the oppressed. Take up the cause of the fatherless; plead the case of the widow.

ID: 2850227883

calendar_today29-10-2014 19:02:41

202 Tweet

89 Takipçi

249 Takip Edilen

Acher Niyonizigiye, PhD (@aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Ibi bintu biroroshe cane kwumva. Bigorana kubera hari abakoreshwa n'ubwoba, abandi bikabagora kubona abandi baroraniwe. Ariko, tubimenye tubemenyere, nta handi bishobora guca. Iteka n'itekane bidasangiwe n'abategerezwa kubisangira, ntibibaho. Twubake ibirama!

Mémoire sélective, disparition de l'empathie, manipulation des peurs et des préjugés, naissance d'une identité basée sur l'auto - victimisation, diabolisation de l'autre, justification de la violence dite préventive... tout un tas de problèmes explosifs qu'il faut savoir éviter

Ndondeza amangetengete (@ikigatanyakazi) 's Twitter Profile Photo

Bategetsi mufabrica impunzi, nagomba ndabibutse ko guhunga bidatuma ureka gukura canke kuvyara ugakuza. Ivyo iyo mubitahuye, mwomenya ko vyiza mwokora ibishoboka vyose kugira ntihagire impunzi murema, mwaziremye naho mugakora ibishoboka kugira zitahe muzitahanye kuneza, nayo

Acher Niyonizigiye, PhD (@aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Kubivuga birakenewe, kubisubiramwo bigakenerwa kurusha. Uwushaka kuzotubera umurongozi muri kazoza, ni yitegure mu kwagura umutima wiwe kugira ngo twese tuharonke ikibanza c'iteka. Bitabaye gutyo, bamwe muri twebwe bazohagorerwa. Iryo hwa rizodukomeretsa. Gerageza birashoboka.

Bassirou Diomaye Faye (@pr_diomaye) 's Twitter Profile Photo

Ce matin, lors d’une cérémonie solennelle, j’ai reçu le Rapport annuel du Médiateur de la République. Ce moment fort de notre vie institutionnelle incarne une tradition bien sénégalaise de dialogue et de concertation, essentielle pour bâtir des compromis dynamiques sur les grands

Ce matin, lors d’une cérémonie solennelle, j’ai reçu le Rapport annuel du Médiateur de la République. Ce moment fort de notre vie institutionnelle incarne une tradition bien sénégalaise de dialogue et de concertation, essentielle pour bâtir des compromis dynamiques sur les grands
Acher Niyonizigiye, PhD (@aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Nous savons ce que les murs de séparation soigneusement érigés par ceux qui voulaient nous dominer ont produit: haine, méfiance, mort et désolation. Aussi étonnant que cela puisse être, il y en a qui ne semblent pas comprendre que les mêmes causes produisent les mêmes effets.

Ubuntu is a way of life, rooted in compassion, community, and shared humanity. It teaches us that true greatness lies not in how much we take but in how much we give. The real heroes are those who serve selflessly, lifting others up and strengthening the bonds that unite us all.

Turabahaye kaze muri iki kiyago. Biraboneka ko kwubaha agateka ndemanwa hari igihe bigorana, ariko si ivyo gufata minenerwe, vyonona vyinshi... Birashoboka ko tuvugana ku bintu bigoye canke bibabaje ariko tudatukanye!

Iki kiganiro nticagenze nkuko twavyipfuza, ubuhinga bwaduhindutse. Turasavye imbabazi abari bacitavye bose. Tubasezeraniye ko tugiye kwisuganya maze vuba dusubire tubatumire, tuganire ata kiduciramwo. Murakoze cane kudutahura 🙏🏼🙏🏼 chanciella Eddyne YAMUREMYE Bony Sonia KABWA

Acher Niyonizigiye, PhD (@aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Rarely has anyone achieved something significant without first facing misunderstanding and opposition. If you dare to follow the star, you must be prepared to encounter those who are going nowhere — and those moving in the opposite direction. Be courageous.

Inabi ntikurwa n'inabi, ikurwa n'ineza. Nka kurya ukugwira kw'umuco arikwo gukuraho umwijima, niko n'ukugwira kw'ineza arikwo gukuraho inabi. Kugeza ibikorwa vyiza n'ingeso nziza bigwiriye kurusha amajambo meza atajana n'ingiro!

Genuine leadership is built on unwavering trust—and trust can only flourish where truth is honored. Avoid the temptation of short-term gains; they often sabotage the shared long-term purpose. If their commitment is not based on the truth, then you're not truly leading them.

When character is sacrificed on the altar of power and wealth, the soul of leadership is lost. What remains are power-hungry and greedy individuals - mistaken for leaders, but driven by self-interest. Don’t become one of them. The world is already burdened with too many like them

Quand les extrémistes dominent le débat et que les voix de la modération s’effacent, c’est la société tout entière qui en paie le prix — un prix souvent lourd, très lourd.

Une nation forte se bâtit sur la confiance mutuelle et la valorisation de chaque citoyen. Lorsque les gens se détestent, se méprisent et se blessent les uns les autres, ils enclenchent un processus de dégénérescence nationale qui peut, à terme, mener à la ruine de leur pays.

Travail de mémoire - travail de survie. Nous marchons sur un sol instable, semblable à du sable mouvant; ou sur des volcans apparemment endormis, dont l’éruption peut être déclenchée à tout moment par quelques maladresses - qu’elles soient conscientes ou inconscientes