APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile
APDR Parti

@apdr_parti

Compte officiel du parti APDR

ID: 1153258180207620097

calendar_today22-07-2019 10:59:11

163 Tweet

219 Takipçi

25 Takip Edilen

Buterere🇧🇮Mwene🇧🇮Kajekurya (@mwenekajekurya) 's Twitter Profile Photo

Umukuru w'Umugambwe #APDR: Abagenda muri za missions hanze, babuzwa n'iki gukoresha ubumenyi bujanye n'ivyo babonye mu bindi bihugu nka Singapour ngo babukoreshe aha iwacu, ingenzi zikiyongera cane mu gihugu...

Ikiriho (@ikiriho) 's Twitter Profile Photo

Le Président du parti #APDR fustige les fonctionnaires de l'Etat qui vont un peu partout en mission mais qui ne ramènent rien en terme de retour d'expérience. @MairieBuja est sale alors qu'il suffirait à son management de s'inspirer des autres villes dans la région #Burundi

Le Président du parti #APDR fustige les fonctionnaires de l'Etat qui vont un peu partout en mission mais qui ne ramènent rien en terme de retour d'expérience. @MairieBuja est sale alors qu'il suffirait à son management de s'inspirer des autres villes dans la région
#Burundi
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

Mu nama igira kabiri ijanye no kurabira hamwe icoteza imbere igihugu,umukuru w'Umugambwe APDR Parti yabajije igituma abagenda muri mission hanze, batakoresha ubumenyi bakuye mu bindi bihugu kugira babukoreshe aha iwacu. Banzawitonde Gabriel Umuhinga yigenga CNDD-FDD David Niyoncungu

Mu nama igira kabiri ijanye no kurabira hamwe icoteza imbere igihugu,umukuru w'Umugambwe APDR Parti yabajije igituma abagenda muri mission hanze, batakoresha ubumenyi bakuye mu bindi bihugu kugira babukoreshe aha iwacu.

Banzawitonde Gabriel Umuhinga yigenga CNDD-FDD David Niyoncungu
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

En date du 23 Avril 2023, le président du parti APDR Parti ,Mr Banzawitonde Gabriel accompagné par le secrétaire du parti ont effectué une descente en province Province Cibitoke en vue de rencontrer les membres de ce parti.

Cette descente avait pour objectif de discuter avec ces membres sur les 5 projets de ce parti, échanger sur la nouvelle délimitation des provinces et communes au pays, et se rappeler l'idéologie de ce parti. CNDD-FDD Banzawitonde Gabriel David Niyoncungu Umuhinga yigenga

Cette descente avait pour objectif de discuter avec ces membres sur les 5 projets de ce parti, échanger sur la nouvelle délimitation des provinces et communes au pays, et se rappeler l'idéologie de ce parti.

CNDD-FDD Banzawitonde Gabriel David Niyoncungu Umuhinga yigenga
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

A la fin de cette réunion, Mr Banzawitonde Gabriel a prodigué des conseils à ces membres et a remercié le président de la république SE Evariste Ndayishimiye pour la place et considération qu'il octroie aux jeunes dans le pays. Umuhinga yigenga Ntare Rushatsi House David Niyoncungu CNDD-FDD

A la fin de cette réunion, Mr Banzawitonde Gabriel a prodigué des conseils à ces membres et a remercié le président de la république SE Evariste Ndayishimiye pour la place et considération qu'il octroie aux jeunes dans le pays.

Umuhinga yigenga Ntare Rushatsi House David Niyoncungu CNDD-FDD
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

Dimanche le 11 Juin 2023,les leaders du parti APDR Parti au niveau national ont fait une descente en province Province Bururi en vue de rencontrer les représentants de ce parti de cette province.

Le président du parti APDR Parti ,Mr Banzawitonde Gabriel a clôturé la réunion en prodiguant des conseils vis-a vis des représentants de ce parti dans cette province et les membres de ce parti en général. Banzawitonde Gabriel David Niyoncungu CNDD-FDD Umuhinga yigenga

Le président du parti APDR Parti ,Mr Banzawitonde Gabriel a clôturé la réunion en prodiguant des conseils vis-a vis des représentants de ce parti dans cette province et les membres de ce parti en général.

Banzawitonde Gabriel David Niyoncungu CNDD-FDD Umuhinga yigenga
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

Imyaka 3 irarumanye nyen'lcubahiro SE Evariste Ndayishimiye arahiriye gutwara Uburundi.Umugambwe #APDR uramukeje,unakenguruka ibikorwa ariko arangurira abarundi mukunagura ubutunzi bw'igihugu, imigenderanire hamwe no gutsimbaza intwaro ibereye.Umugambwe #APDR wiyemeje kuzoguma umushigikiye.

Kuruwu w'Imana,igenekerezo rya 23 Mukakaro 2023 umukuru w'umugambwe APDR Parti ,Banzawitonde Gabriel ari kumwe n'abari mu mabanga y'igihugu,bipfurije umwaka mushasha indongozi nkuru ziri mu biro bikuru bonger barabira hamwe uko umugambwe wifashe ,ubuzima bw'igihugu,amatora n'ibindi.

Uwo mukuru w'umugambwe #APDR , Banzawitonde Gabriel yaboneyeho akaryo ko gukeza ibikorwa vya nyen'icubahiro umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye Ndayubaha kw'iteka yateye igihugu, #Banzawitonde yaciye asaba abakenyezi kutikengera kuko biboneka ko bashoboye. CNDD-FDD Umuhinga yigenga

Uwo mukuru w'umugambwe #APDR , Banzawitonde Gabriel  yaboneyeho akaryo ko gukeza ibikorwa vya nyen'icubahiro umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye Ndayubaha kw'iteka yateye igihugu, #Banzawitonde yaciye asaba abakenyezi kutikengera kuko biboneka ko bashoboye.

CNDD-FDD Umuhinga yigenga
APDR Parti (@apdr_parti) 's Twitter Profile Photo

Muriyo nama,Banzawitonde Gabriel arongoye #APDR yaheraheje yerekana bashasha binjiye mu rwego rukuru w'ibiro ,kandi n'abandi banywanyi benshi baguma binjira gutyo icizere co kuzoronka ikibanza ciza bagifise.

Kuri uyu w'lmana 3/12/2023 Umugambwe APDR Parti warahimbaje isabukuru y'imyaka cumi.Ibirori vyatewe iteka n'abatumire benshi harimwo Hon.Léonce NGENDAKUMANA, Hon.Saturnin n'ababiri bahoze barongoye Umugambwe APDR Aimable BAKUNDUKIZE n'a Laurent MANIRAGEZA. Banzawitonde Gabriel

Kuri uyu w'lmana 3/12/2023 Umugambwe APDR Parti  warahimbaje isabukuru y'imyaka cumi.Ibirori vyatewe iteka n'abatumire benshi harimwo Hon.Léonce NGENDAKUMANA, Hon.Saturnin n'ababiri bahoze barongoye Umugambwe APDR Aimable BAKUNDUKIZE n'a Laurent MANIRAGEZA.

Banzawitonde Gabriel