Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile
Isase TV

@isasetv

Isase TV Online is owned by Isase Films publishing weekly in Kirundi
Our purpose is to entertain, to teach, to encourage, to support and so on ...

ID: 1434531395507007493

linkhttps://www.youtube.com/channel/UCLEh8xXFlcU9wgEpych9Qyw calendar_today05-09-2021 15:00:24

55 Tweet

25 Takipçi

86 Takip Edilen

Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

Ushobora kuba ufise Ikibazo c'urukoba ukaba utamenye ko #GracelandCosmetics ibigufashamwo ugakira burundu youtu.be/WhKTR93FNTo @ Bujumbura, Burundi instagram.com/p/CVE7T_ooL9l/…

Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

youtu.be/oSlmdRynfPc INSECTICIDES MW'ITABI N'IPILIPILI / INDOTO Z'IBISAZI NI GUKWIRA IGIHUGU / DANS 45jrs NARONSE 200KG!

Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

#abatwip YAREZWE NA BA MUKASE 2 / #CHANCE YADUSHINGIYE INTAHE DUFATWA N'IKINIGA / UMVA ICO ASABA ABAVYEYI / IBI VYORINDA URWARUKA IBIYAYURAMUTWE Link youtu.be/cjtOHfF_Etc #chance #ubushobozi_bw'intahe #isasetv #holymountaintv #antidrogue

Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

youtu.be/UaFzWtw_vaM #Abatwip J. César ATI NTERWA ISONI NO KUBA CELIBATEUR / ABANA BABO TWAKURANYE BANYITA PAPY / MUKWICUZA KWINSHI ATUYAGIYE ICATUMYE AHEBA IBIYAYURAMUTWE #César #ubushobozi_bw'intahe #isasetv #holymountaintv #antidrogue

Min.Infrastructures, Équipement,Logements Sociaux (@mielsburundi) 's Twitter Profile Photo

Umushikiranganji w’Inyubako Capt. Dieudonne Dukundane yazindukiye i Mukike gutanguza isanurwa ry’ibarabara rijayo rivuye kuri RN7, kugira abarimyi boroherwe Gushikana ivyimburwa vyabo ku masoko bitabagoye. Iyo Komine ikaba ari ikigega gikomeye c'ibiraya ,ingano n'icayi. Ntare Rushatsi House

Umushikiranganji w’Inyubako <a href="/Capt_Dukundane/">Capt. Dieudonne Dukundane</a> yazindukiye i Mukike gutanguza isanurwa ry’ibarabara rijayo rivuye kuri RN7, kugira  abarimyi boroherwe   Gushikana ivyimburwa vyabo ku masoko bitabagoye. Iyo Komine ikaba ari ikigega gikomeye c'ibiraya ,ingano n'icayi.
<a href="/NtareHouse/">Ntare Rushatsi House</a>
Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

#abatwip map Ouverture y fast food #Jerome_Fast_Food_Delivary. uyu wagatanu le 1èr/9 de 17h à 00h Adresse ni Kamenge, Terminus kuri 11 just haruguru yikaburimbo Save time and money to support me Welcome Pour les réservations: +257 71377747

#abatwip map Ouverture y fast food  #Jerome_Fast_Food_Delivary. uyu wagatanu le 1èr/9 de 17h à 00h
Adresse ni Kamenge, Terminus kuri 11 just haruguru yikaburimbo
Save time and money to support me
Welcome
Pour les réservations:  +257 71377747
Isase TV (@isasetv) 's Twitter Profile Photo

Vyari ivyishimo ntangere kuri uyu munsi munyubakwa za BE YOU FAMILY Aho hari hiriwe haratangwa impamyabushobozi (Certificats) kubanyeshure bari bamaze ikiringo c'amezi atatu bigishwa gukinjika kurugero mpuzamakungu #BeYouFamily #Isasetv #culinary

Vyari ivyishimo ntangere kuri uyu munsi munyubakwa za BE YOU FAMILY 

Aho hari hiriwe haratangwa impamyabushobozi (Certificats) kubanyeshure bari bamaze ikiringo c'amezi atatu bigishwa gukinjika kurugero mpuzamakungu 

#BeYouFamily
#Isasetv
#culinary
Fraternité des Patriotes Ineza-FPI (@fp_ineza) 's Twitter Profile Photo

Ubuntu, Ubushingantahe, Ubugabo: notre identité, notre force. 🇧🇮🎶 Avec le FPI, faisons résonner les vraies valeurs du Burundi. #InezaMusic #InezaWeekend #InezaVibe #FPI 🍊 #Tora6