Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮

@intarezamwezigi

Née au Burundi, j'ai vécu à Bujumbura. Suite aux menaces de mort, je me suis exilée en 2015 contre la contestation du 3e mandat de Nkurunziza.

ID: 813133288743337984

linkhttp://ww.intarezamwezigisabo.BI calendar_today25-12-2016 21:24:18

1,1K Tweet

1,1K Takipçi

349 Takip Edilen

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

‼️ #Makanaki shunarudiya tena iyi tour siyo masasi tena ivi utarukiya mumayi ukoge na mamba 🐊🔥🏊‍♀️🏊‍♀️🏊‍♀️🐊🤣🤣 Hewe SE Evariste Ndayishimiye va mugacere uje kubafasha none wewe nukwiba gusa nyarutsa nawe urafatwa mpiri 🔥🔥 À suivre.. #Intarezamwezigisabo

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

🎥 isanamu iyo turiko turabwira aba #DD kubusuma bamazemwo imyaka 21 bari kubutegetsi baraje na cane cane bazanwa no kwiba no gutoteza abanyagihu bamwe muribo aho kuvyumva canke kubigwanya bahisemwo kubashigikira mubusuma bwabo kubera inyungu zumugambwe wamabandi 💯 Sakabazo

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Wewe uryohegwa aruko umuntu yafashwe iyo basi upfuma ukurikiza iyo mvugo yubutwari bwa #Paci ukavuga uti ego tubikeshe Imana Erega nawe wobeshwa kandi uriko urabesa abandi , ayo majambo uvuga araryohera aba #DD hindukiza ururimi gwawe incuro indwi imbere yuko uvuga. Agasho kaba

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Muntu ushaka kuzotwara #Uburundi nkimba uziko wabaye canke wagiye kunkwera ahitwa i #Matonge sha woba warariye imbwa 🤣🤣 Rero ntuze wibeshe nguje gutwara Uburundi bwa Ntare kubera uzobutwara nkuyo yahabaye mw’iyumvire namwe ivyo ariko aravuga , hypocrisie ya jamais plus jamais

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

‼️‼️ Aho shahu ehe aba FDNB harimwo n’imbonerakure biyemeje kwisubiza #Nzibira SE Evariste Ndayishimiye yiyemeje 💯😀 Akabanga nshaka guha M23 intare za sarambwe abo bose bafise impuzu zigi civile bambaye bamaze gukubitwa bazoca bazambara babigenze nka kumwe kwa #Kavumu muragabe mukuwe

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Bantu narabakebuye abafise #Visa canke ubushozi ni mukure ameza bagabo ikibuga c’indege umuriro urongeye kugenda SE Evariste Ndayishimiye yariyemeje basi ngo #Uvira n’intara yo muburundi 🤣🤣

Bantu narabakebuye abafise #Visa canke ubushozi ni mukure ameza bagabo ikibuga c’indege umuriro urongeye kugenda <a href="/GeneralNeva/">SE Evariste Ndayishimiye</a> yariyemeje basi ngo #Uvira n’intara yo muburundi 🤣🤣
Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Mweye ba #Wazaza munashindikana sana kweri izo parade sha kama vile murisha kunywa ile bombe ina itwaka kapita mbele 🤣🤣 Mweye sha bayomba batakuya shi muta anza njo ku geuza manguwo yani mutakimbiya na kabutura mutupe🏃🏾‍♂️‍➡️🔥🔥🤣😀 Shawa ba #M23Twigwaneho biko nyuma🔥🔥🔥

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Hakurya kubabanyi mu #Rwanda🇷🇼 ibintu ni mutagato sans montage Ntaho hakurya kwa #NkwavuNeve🇧🇮 ni système ya safisha kamwe kamwe No kunyuruza SE Evariste Ndayishimiye reka ndakubwire ntaho urintumva wabaye igihume ubwo burundi ntaho wabugize icabare c’umuryango wawe n’akagwi kawe

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Abagore n’abana baba #Wazaza batanguye guhungira muri #Kalemie Hama mwibazayuko aba #Wazalendo bazohungirahe 🤣🤣 Uwitwa #Nkwavu ba witeguriye kubakira abo #murakaramu na #mutimbuzi mube maso👀 Intare za sarambwe zaba moteye none batanguye kwiruka Dawa ya moto ni moto À

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Harya nkimba hari #Intambara #Interahamwe yatsinze niyo kwigisha akarere kose kwanka #umututsi Mwiyumvire namwe abanyeshure ba #Bitakwira Hama harimwo nivyo bize kwa #CosituBwejeri Ico mwomenya nuko nabo bumviriza ama #Space mukora nugwanko mwigisha💯 Sasa mwiyumvire

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

‼️‼️ Inyuma yamezi hafi 10 umuyobozi wa AfC/M23 yishikiye i #Masisi yakiranwa nigishitsi cinshi gose umunezero kubanayagihugu À suivre… #Intarezamwezigisabo 👀👇🏽👇🏽

Intare za Mwezi Gisabo 🇧🇮 (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

🗣️👂 Amosozi 😭 ya #Chimamanda Kuvuga umuntu neza akiriho ni vyiza gusumba kumuvuga yarapfuye mubantu bamaze imyaka yababa hafi cumi ariko ara semerera kumabi aba #DD bakora chimamanda Moses official Yama yagerageje gukebura amabandi araho Yongeye akeza Perezida Paul Kagame kuvyiza