Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile
Intara Zirakina

@intarazirakina

Umugambi wagenewe kwigisha kwandika, gutunganya no gukina ivyese ku rwaruka rwo mu ntara z'Uburundi🇧🇮

ID: 1576234879653711873

linkhttps://linktr.ee/intarazirakina calendar_today01-10-2022 15:38:03

179 Tweet

30 Followers

20 Following

Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Dutangure indwi neza twitwengera gusa 😁 Kumenya kwandika ivyese bitesa birabandanya ☺️ kandi mu kanyamuneza kenshi 😁 Hamwe na Elemawusi Agbedjidji 🇹🇬 n’abo ariko arigisha ✍🏽 Mugire indwi nziza y’ibikorwa 🛠️ inyandiko 📄 n’umunezero 🤗 #intarazirakina

Dutangure indwi neza twitwengera gusa 😁

Kumenya kwandika ivyese bitesa birabandanya ☺️ kandi mu kanyamuneza kenshi 😁

Hamwe na Elemawusi Agbedjidji 🇹🇬 n’abo ariko arigisha ✍🏽

Mugire indwi nziza y’ibikorwa 🛠️ inyandiko 📄 n’umunezero 🤗

#intarazirakina
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Kubera kwandika ivyese n'akanyamuneza bijana 💐 Kuva ku wa gatatu itariki 30 ; bariko barigana umwete ubwo buhinga ; hamwe na Nyse Bénitha Tubiphurije kubandanya bunguka ubumenyi. Hamwe na week end nziza 😉

Kubera kwandika ivyese n'akanyamuneza bijana 💐

Kuva ku wa gatatu itariki 30 ; bariko barigana umwete ubwo buhinga ; hamwe na Nyse Bénitha 

Tubiphurije kubandanya bunguka ubumenyi. Hamwe na week end nziza 😉
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Gufatira kw'ijambo rimwe 💬 kugira wihe intumbero yo gutunganya ikibanza gikinirwamwo icese 🎭 Gutanga ubumenyi muri ubwo buhinga birabandanya mu Kayanza 🤗

Gufatira kw'ijambo rimwe 💬 kugira wihe intumbero yo gutunganya ikibanza gikinirwamwo icese 🎭

Gutanga ubumenyi muri ubwo buhinga birabandanya mu Kayanza 🤗
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

||Kir🇧🇮|| Ubuhinga, ubukerebutsi n’ubwenge ✨ Kwiga gutunganya ibibanza bikinirwamwo ivyese barabirembeje 🛠️ baherekejwe na Valentin Ruhangamura mu Kayanza 📍 Gira akajambo ubabwiye 😉 #intarazirakina

||Kir🇧🇮||

Ubuhinga, ubukerebutsi n’ubwenge ✨

Kwiga gutunganya ibibanza bikinirwamwo ivyese barabirembeje 🛠️ baherekejwe na Valentin Ruhangamura mu Kayanza 📍

Gira akajambo ubabwiye 😉

#intarazirakina
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

||Kir🇧🇮|| 🥰 Inyuma y’iminsi 12 bariko biga kwandika ivyese, barashize ku mugaragaro ubumenyi baronse 🎭 📸 Abana n’abakuze bari baje kubatega yompi 👂🏾 👏🏾 Turabakeje cane ku bisomwa biryohoye banditse 📚, tunashimira cane Nyse Benitha yabahaye ubwo buhinga ✒️

||Kir🇧🇮||

🥰 Inyuma y’iminsi 12 bariko biga kwandika ivyese, barashize ku mugaragaro ubumenyi baronse 🎭

📸 Abana n’abakuze bari baje kubatega yompi 👂🏾

👏🏾 Turabakeje cane ku bisomwa biryohoye banditse 📚, tunashimira cane Nyse Benitha yabahaye ubwo buhinga ✒️
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Kuvugisha umubiri no gutambisha umutima ; biciye mu buhinga bw’intambo za none 💃🏽 Nimwirabire amashusho yaranze ico gikorwa ndangakaranga caranguwe n’urwaruka i Ngozi 🏞️ baherekejwe na Doux Fleury Africalia

Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Inyuma y'inguvu zo gutanga no kuronka ubumenyi ; haba hageze akanyamuneza ko gushikiriza ubuhinga🕺🏾 Fata icicaro wirabire ingene ibirori ndangakaranga vyakurikiye inyigisho mu ntambo za none vyari bibereye Ijisho 👁️ facebook.com/share/v/1DSxnP… Africalia

Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

😊 Quand le mouvement des corps transcende la brariere de la creation pour ne faire qu'un avec l'essence du jeu dramatique🎭 ✨ Immersion au coeur de l'atelier de jeu d'acteur a ngozi avec Olivier Hakizimana. Africalia

😊 Quand le mouvement des corps transcende la brariere de la creation pour ne faire qu'un avec l'essence du jeu dramatique🎭

✨ Immersion au coeur de l'atelier de jeu d'acteur a ngozi avec Olivier Hakizimana.

<a href="/africalia/">Africalia</a>
Intara Zirakina (@intarazirakina) 's Twitter Profile Photo

Quand la mise en scène devient un langage, chaque mouvement respire la beauté dramatique et l'âme de la création.✨ Embarquez au cœur de l'aventure de l'atelier de Mise scene 🎭 à Gitega avec Josué Mugisha. Africalia #intarazirakina

Quand la mise en scène devient un langage, chaque mouvement respire la beauté dramatique et l'âme de la création.✨

Embarquez au cœur de l'aventure de l'atelier de Mise scene 🎭 à Gitega avec Josué Mugisha.

<a href="/africalia/">Africalia</a>

#intarazirakina