gilbert nininahazwe (@gilbertnininah3) 's Twitter Profile
gilbert nininahazwe

@gilbertnininah3

ID: 1598731259349536777

calendar_today02-12-2022 17:31:10

26 Tweet

1,1K Followers

1,1K Following

Bacinoni R. Bellarmin (@bellarmbacinoni) 's Twitter Profile Photo

"Umucamanza yanse guca urubanza arahanwa. Kwanka guca urubanza, ni co kimwe no kuruca nturushire mu ngiro. Déni de justice irahanwa. Ntitwemera ko Abenegihugu bama batuntuye. (...) Umutima w'ubucangero mu gihugu c'U #burundi tuwuvaneho, twubake igihugu cacu." : SE Evariste Ndayishimiye

"Umucamanza yanse guca urubanza arahanwa.

Kwanka guca urubanza, ni co kimwe no kuruca nturushire mu ngiro.

Déni de justice irahanwa.

Ntitwemera ko Abenegihugu bama batuntuye.
(...)

Umutima w'ubucangero mu gihugu c'U #burundi tuwuvaneho, twubake igihugu cacu." :
<a href="/GeneralNeva/">SE Evariste Ndayishimiye</a>
Ir Yvan AKIMANA (@iryvan_manager) 's Twitter Profile Photo

Harashinguwe ejo yaheze, Daniel Ndabakenga uwatanguje igikino "#Ninde" gica kuri RTNB, kizwi cane mu #Burundi bamenyemwo abakinyi nka ba Kireko na ba #Munyare. Ni igikino yatanguje mumwaka wa 1982 gushika na nubu kikaba kigikundwa n'abatari bake. 1/n

Harashinguwe ejo yaheze, Daniel Ndabakenga uwatanguje igikino "#Ninde" gica kuri <a href="/RTNBurundi/">RTNB</a>, kizwi cane mu #Burundi bamenyemwo abakinyi nka ba <a href="/Kireko_official/">Kireko</a> na ba #Munyare.

Ni igikino yatanguje mumwaka wa 1982 gushika na nubu kikaba kigikundwa n'abatari bake. 1/n
gilbert nininahazwe (@gilbertnininah3) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Le Modérateur, roi de la jungle qui couronne tous vos événements !Arrêtez de chercher ! L'expertise, le charisme, l'expérience incarnées pour un événement réussi.# Abatwip ~𝕏 ONU Desarrollo ONU Femmes UNICEF Burundi Ntare Rushatsi House @rtnb facebook.com/share/19oyU1iz…

gilbert nininahazwe (@gilbertnininah3) 's Twitter Profile Photo

#Burundi Ni umwe mu borosha mu manza n'ibirori, abifisemwo uburambe akabikorana ubwenge, guca bugufi n'ubwitonzi mu #Burundi bwa Nyaburunga Fyonde kuri iki kiraro tumumenye👇🏾👇🏾👇🏾@rtnb Ntare Rushatsi House ONU Femmes PNUD.Burundi # Abatwip ~𝕏 facebook.com/share/p/1AJFrT…