Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile
Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

@intarezamwezigi

Nรฉe au Burundi, j'ai vรฉcu ร  Bujumbura. Suite aux menaces de mort, je me suis exilรฉe en 2015 contre la contestation du 3e mandat de Nkurunziza.

ID: 813133288743337984

linkhttp://ww.intarezamwezigisabo.BI calendar_today25-12-2016 21:24:18

1,1K Tweet

1,1K Followers

349 Following

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

โ€ผ๏ธ #Makanaki shunarudiya tena iyi tour siyo masasi tena ivi utarukiya mumayi ukoge na mamba ๐ŸŠ๐Ÿ”ฅ๐ŸŠโ€โ™€๏ธ๐ŸŠโ€โ™€๏ธ๐ŸŠโ€โ™€๏ธ๐ŸŠ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Hewe SE Evariste Ndayishimiye va mugacere uje kubafasha none wewe nukwiba gusa nyarutsa nawe urafatwa mpiri ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ ร€ suivre.. #Intarezamwezigisabo

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

๐ŸŽฅ isanamu iyo turiko turabwira aba #DD kubusuma bamazemwo imyaka 21 bari kubutegetsi baraje na cane cane bazanwa no kwiba no gutoteza abanyagihu bamwe muribo aho kuvyumva canke kubigwanya bahisemwo kubashigikira mubusuma bwabo kubera inyungu zumugambwe wamabandi ๐Ÿ’ฏ Sakabazo

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Wewe uryohegwa aruko umuntu yafashwe iyo basi upfuma ukurikiza iyo mvugo yubutwari bwa #Paci ukavuga uti ego tubikeshe Imana Erega nawe wobeshwa kandi uriko urabesa abandi , ayo majambo uvuga araryohera aba #DD hindukiza ururimi gwawe incuro indwi imbere yuko uvuga. Agasho kaba

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Muntu ushaka kuzotwara #Uburundi nkimba uziko wabaye canke wagiye kunkwera ahitwa i #Matonge sha woba warariye imbwa ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Rero ntuze wibeshe nguje gutwara Uburundi bwa Ntare kubera uzobutwara nkuyo yahabaye mwโ€™iyumvire namwe ivyo ariko aravuga , hypocrisie ya jamais plus jamais

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

โ€ผ๏ธโ€ผ๏ธ Aho shahu ehe aba FDNB harimwo nโ€™imbonerakure biyemeje kwisubiza #Nzibira SE Evariste Ndayishimiye yiyemeje ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ˜€ Akabanga nshaka guha M23 intare za sarambwe abo bose bafise impuzu zigi civile bambaye bamaze gukubitwa bazoca bazambara babigenze nka kumwe kwa #Kavumu muragabe mukuwe

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Bantu narabakebuye abafise #Visa canke ubushozi ni mukure ameza bagabo ikibuga cโ€™indege umuriro urongeye kugenda SE Evariste Ndayishimiye yariyemeje basi ngo #Uvira nโ€™intara yo muburundi ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

Bantu narabakebuye abafise #Visa canke ubushozi ni mukure ameza bagabo ikibuga cโ€™indege umuriro urongeye kugenda <a href="/GeneralNeva/">SE Evariste Ndayishimiye</a> yariyemeje basi ngo #Uvira nโ€™intara yo muburundi ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Mweye ba #Wazaza munashindikana sana kweri izo parade sha kama vile murisha kunywa ile bombe ina itwaka kapita mbele ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Mweye sha bayomba batakuya shi muta anza njo ku geuza manguwo yani mutakimbiya na kabutura mutupe๐Ÿƒ๐Ÿพโ€โ™‚๏ธโ€โžก๏ธ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿคฃ๐Ÿ˜€ Shawa ba #M23Twigwaneho biko nyuma๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Hakurya kubabanyi mu #Rwanda๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ ibintu ni mutagato sans montage Ntaho hakurya kwa #NkwavuNeve๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ni systรจme ya safisha kamwe kamwe No kunyuruza SE Evariste Ndayishimiye reka ndakubwire ntaho urintumva wabaye igihume ubwo burundi ntaho wabugize icabare cโ€™umuryango wawe nโ€™akagwi kawe

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Abagore nโ€™abana baba #Wazaza batanguye guhungira muri #Kalemie Hama mwibazayuko aba #Wazalendo bazohungirahe ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Uwitwa #Nkwavu ba witeguriye kubakira abo #murakaramu na #mutimbuzi mube maso๐Ÿ‘€ Intare za sarambwe zaba moteye none batanguye kwiruka Dawa ya moto ni moto ร€

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

#Shabunda hange ๐Ÿฆ banakuya FDNB ๐Ÿ”ฅ๐Ÿƒ๐Ÿพโ€โ™‚๏ธโ€โžก๏ธ๐Ÿคฃ๐Ÿƒ๐Ÿพโ€โ™‚๏ธโ€โžก๏ธ๐Ÿ”ฅ๐Ÿคฃ A suivreโ€ฆ #Intarezamwezigisabo

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Harya nkimba hari #Intambara #Interahamwe yatsinze niyo kwigisha akarere kose kwanka #umututsi Mwiyumvire namwe abanyeshure ba #Bitakwira Hama harimwo nivyo bize kwa #CosituBwejeri Ico mwomenya nuko nabo bumviriza ama #Space mukora nugwanko mwigisha๐Ÿ’ฏ Sasa mwiyumvire

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

โ€ผ๏ธโ€ผ๏ธ Inyuma yamezi hafi 10 umuyobozi wa AfC/M23 yishikiye i #Masisi yakiranwa nigishitsi cinshi gose umunezero kubanayagihugu ร€ suivreโ€ฆ #Intarezamwezigisabo ๐Ÿ‘€๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

Ehe SE Evariste Ndayishimiye ariko yirukanzwa na Angeline Ndayishimiye Ndayubaha ahakwa kumutabira sha hari uwambwiye #Ngelina kuri judoka nta mucezo ngo agufashe ni paaaa ciniiii๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ ๐Ÿ‘€๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ

Intare za Mwezi Gisabo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (@intarezamwezigi) 's Twitter Profile Photo

๐Ÿ—ฃ๏ธ๐Ÿ‘‚ Amosozi ๐Ÿ˜ญ ya #Chimamanda Kuvuga umuntu neza akiriho ni vyiza gusumba kumuvuga yarapfuye mubantu bamaze imyaka yababa hafi cumi ariko ara semerera kumabi aba #DD bakora chimamanda Moses official Yama yagerageje gukebura amabandi araho Yongeye akeza Perezida Paul Kagame kuvyiza