
@B FLSH🇧🇮🇨🇩🇻🇨
@egide1245
Mon Dieu protège ma vie jusqu'à la fin que je ne connait pas,garde mes côtés pour ne pas tomber dans le péché de mon cœur 🥰🥰
ID: 1773219882412249088
28-03-2024 05:27:57
135 Tweet
10 Followers
142 Following





Kamanyola na Uvira haratekanye kandi harinzwe n’ inzobere zo kwa Ntare. Mubwire Dr. Dash 🇷🇼 areke kwikinisha




En visite officielle en République de Serbie, le Président de la République SE Evariste Ndayishimiye s'est entretenu en tête-à-tête avec son homologue Serbe, Aleksandar Vučić. Leurs échanges ont essentiellement porté sur les sujets d'intérêt commun.




#FOOTBALL⚽️ Ubutigu burageze aho mukanya gato tugomba dutange isomo mukwandikisha amateka. Abarundi Bose aho bari kw’ isi yose turoreranye igishika uru rubanza. Equipe Nationale de Football du Burundi ziripanze bikwiye kandi ziteguye gutsinda Côte d'Ivoire 🇨🇮


Province Mwaro:La journée internationale de la femme édition 2025 sera célébrée le 28 Mars 2025 au chef-lieu de la Commune Kayokwe. Ministère en charge de la Solidarité Nationale MininterInfosBi Ntare Rushatsi House


Incamake y’ivyayazwe mu mubonano Umukuru w’igihugu c’Uburundi, Nyenicubahiro SE Evariste Ndayishimiye, yahaye umushikiranganji ajejwe imigenderanire muri #RDC kuri uno musi wa 25/3/2025

Maze kubabwira kenshi ko igisoda c’ u Rwanda kitakomeye. Aba ni abasirikare ba Congo FARDC Officiel SCIFA bamaze gushika i Andrea Riethmüller Centre. Abasirikare b’ u Rwanda barakubiswe bikomeye n’ abarundi, ibiziga vyinshi vy’ abanyarwanda vyuzuye i Andrea Riethmüller FDNB ni 𝐔𝐑𝐔𝐓𝐀𝐑𝐄



Iran imeze nk’ u Rwanda kuko yishinga amajambo gusa Ejobundi u Rwanda rwavuze ngo mumisi ibiri ruzoba rwafashe umuji wa Uvira ngo hanyuma inyuma y’ indwi imwe ruzobe rwafashe Bujumbura ruciye muri Congo None birangiye Paul Kagame akuye ingabo ziwe muri Congo mw’ ibanga ntangere


#Burundi 🇧🇮 : "Porter le Saint-Sacrement me rappelle le roi David portant l'Arche de Dieu. Bonne fête du Saint-Sacrement à tous les chrétiens", SE Evariste Ndayishimiye

