Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile
Kabaza WebTV

@kabazawebtv

Ikinyamakuru cegukiye ishirahamwe IKIYAGO WEBTV. Turi hururiro ry`abarundi mu kiyago kubibera i Burundi. Ukuri gushirira mu kuyaga.

ID: 3964949059

linkhttp://www.kabazawebtv.org calendar_today21-10-2015 03:31:00

2,2K Tweet

1,1K Followers

305 Following

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#InkuruTwabatohoreje-Aba MISS bazindutse kuraba ihinguriro rikora ibitekezo bitonona ibidukikije kurikire iyi video. youtube.com/watch?v=jfHZiW…

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#InkuruTwabatohoreje-Bamwe mu banyeporitike ngo ntibashoboye kuja i Gitega kubera ubukene bw'igitoro youtube.com/watch?v=aGJ22Q…

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#InkuruTwabatohoreje-Cengetos ni umukenyuro w'umugambwe APDR mu kwiyamamaza ni bishasha mu gihugu youtube.com/watch?v=9PQk1L…

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#Inkurutwabatohoreje-Abari bateguye ibirori vyo kwiyamamariza Dieudonne NAHIMANA yigenga barabujijwe avuga ko bibabaje youtube.com/watch?v=7b65Fk…

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#InkuruTwabatohoreje-Abarundi ngo basigaye boga kimwe muvyerekana ko hari iterambere mu gihugu youtube.com/watch?v=Prk2_-…

Kabaza WebTV (@kabazawebtv) 's Twitter Profile Photo

#InkuruTwabatohoreje-Ingabire y'ibikoresho vy'abanyeshure batabona bo kw'ishure Penn Blind School itanzwe na UNICEF youtube.com/watch?v=n1Wop2…