@Abisindabazi
@abisindabazi
Je crois en la force de la communauté et en l'échange d'idées pour bâtir un avenir meilleur pour tous.
ID: 2512443749
27-04-2014 11:25:12
443 Tweet
83 Followers
773 Following
Bantu mushikira SE Evariste Ndayishimiye "Agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona Abahanura nimuhanure!Abasemerera nimu semerere! Mwambutsa-Bonne-Gouvernance-Podcast we aribaza nimba amazi atariko ararenga inkombe! Mbe mu #Burundi ntarwego rw'ABASHINGANTHE rukibaho? 👇🏾 open.spotify.com/episode/2WT9CF…
"Rimwe mu makosa umusi umwe intwaro ya SE Evariste Ndayishimiye izokwicuza , ni kuba yaragenye Edouard Bizimana nk'umushikiranganji ajejwe imigenderanire ." Pacifique NININAHAZWE 🇧🇮 , arongoye FOCODE
Ico bikoze gutwarwa naba DD abarundi twarahuye nuruja gusenya🤦🏾ivya Falcon50 bibaza ngo bizokwjana gutyo tureke iyo nizi zindi CNDD-FDD mumenye ko one day muzozibazwa .Gabriel Rufyiri parcem IWACU Burundi mubandanye musemerera naho bisa nko kuruta