BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profileg
BBC News Gahuza

@bbcgahuza

Ikaze kuri BBC Gahuzamiryango, sangira ibitekerezo, kurikirana amakuru atabogamye.

ID:18168998

linkhttp://www.bbcgreatlakes.com calendar_today16-12-2008 18:47:10

30,8K Tweets

69,8K Followers

166 Following

BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

: Uno mukuru w'igisirikare ca / avuga ko igitero ca i ataco kizoshikako

Jenerali Christopher Cavoli ati: “Ndavugana cane na bagenzacu ba Ukraine kandi ndizeye neza ko bafise ibintu mu minwe”.

bbc.in/3ys1ey8

#ChristopherCavoli: Uno mukuru w'igisirikare ca #OTAN / #NATO avuga ko igitero ca #Russia i #Kharkov ataco kizoshikako Jenerali Christopher Cavoli ati: “Ndavugana cane na bagenzacu ba Ukraine kandi ndizeye neza ko bafise ibintu mu minwe”. bbc.in/3ys1ey8
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Umugabo wabuze mu myaka 26 ishize yabonetse ari muzima muri ‘cave/basement’ y’umuturanyi

Omar washimuswe afite imyaka 19 yabonetse mu minsi ishize afite imyaka 45
bbc.in/3WEe0DE

Umugabo wabuze mu myaka 26 ishize yabonetse ari muzima muri ‘cave/basement’ y’umuturanyi Omar washimuswe afite imyaka 19 yabonetse mu minsi ishize afite imyaka 45 bbc.in/3WEe0DE
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

'Pyramids' zo mu Misiri: Abahanga bashobora kuba bafinduye iyobera ry'uko zubatswe

Abahanga muri siyansi bavuga ko izo nyubako z'imisusire y'umutemeri nyamigongo zishobora kuba zarubatswe mu nkengero y'ishami ry'uruzi rwa Nili ubu ryakamye.

bbc.in/4bp0tEC

'Pyramids' zo mu Misiri: Abahanga bashobora kuba bafinduye iyobera ry'uko zubatswe Abahanga muri siyansi bavuga ko izo nyubako z'imisusire y'umutemeri nyamigongo zishobora kuba zarubatswe mu nkengero y'ishami ry'uruzi rwa Nili ubu ryakamye. bbc.in/4bp0tEC
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Umugabo yabwiwe ko atari Umwongereza inyuma y'imyaka 42 aba muri

ubu ashobora kurindira imyaka 10 kugura yemererwe kuba mu Bwongereza mu buryo ntayegayezwa kandi ivyo vyomusaba ibihumbi vy'amapawundi (amafaranga y'Ubwongereza)..

bbc.in/3QObkQ8

Umugabo yabwiwe ko atari Umwongereza inyuma y'imyaka 42 aba muri #UK #NelsonShardey ubu ashobora kurindira imyaka 10 kugura yemererwe kuba mu Bwongereza mu buryo ntayegayezwa kandi ivyo vyomusaba ibihumbi vy'amapawundi (amafaranga y'Ubwongereza).. bbc.in/3QObkQ8
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

‘Iyo abagabo baganiriye, ibintu birasobanuka’ – Cardinal Ambongo

Kardinali Ambongo yagiye yumvikana anenga uko ubutegetsi bwa Kinshasa bukemura ikibazo cy’intambara mu burasirazuba bwa
bbc.in/4dG3a67

‘Iyo abagabo baganiriye, ibintu birasobanuka’ – Cardinal Ambongo Kardinali Ambongo yagiye yumvikana anenga uko ubutegetsi bwa Kinshasa bukemura ikibazo cy’intambara mu burasirazuba bwa #DRCongo bbc.in/4dG3a67
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

w’ikinyamakuru .net yari akwije indwi zibiri apfungiwe mu biro bikuru vy’ugwego rujejwe igendereza mu gisagara ca , ubu aridegemvya nk'uko bitangazwa n'abamwegereye. bbc.in/44M3Z9t

#Umumenyeshamakuru #AhmadiRadjabu w’ikinyamakuru #Akeza.net yari akwije indwi zibiri apfungiwe mu biro bikuru vy’ugwego rujejwe igendereza mu gisagara ca #Bujumbura, ubu aridegemvya nk'uko bitangazwa n'abamwegereye. bbc.in/44M3Z9t
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Ibyo wamenya ku nama igiye guhuza abaperezida batanu b'Afurika n'abantu 2,000 i Kigali
bbc.in/4bnwInu Africa CEO Forum

Ibyo wamenya ku nama igiye guhuza abaperezida batanu b'Afurika n'abantu 2,000 i Kigali bbc.in/4bnwInu Africa CEO Forum #ACF2024 #Rwanda
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe Russia ikora igitero gishasha kuri Ukraine

Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira? Fyonda hano usome inkuru iramvuye:
bbc.in/3WKecBb

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe Russia ikora igitero gishasha kuri Ukraine Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri #Ukraine cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira? Fyonda hano usome inkuru iramvuye: bbc.in/3WKecBb
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Araburira abantu inyuma y’urupfu rw’umwigeme yishwe anizwe mu gihe c’imibonano mpzabitsina

Georgia Brooke w’imyaka 26 yanizwe na Luke Cannon, na we nyene yagiye gutorwa yapfuye bukeye, nk’uko umuganga wa sentare ya Bradford yabibwiwe.

bbc.in/4bCHpCn

Araburira abantu inyuma y’urupfu rw’umwigeme yishwe anizwe mu gihe c’imibonano mpzabitsina Georgia Brooke w’imyaka 26 yanizwe na Luke Cannon, na we nyene yagiye gutorwa yapfuye bukeye, nk’uko umuganga wa sentare ya Bradford yabibwiwe. bbc.in/4bCHpCn
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Umumenyeshamakuru Ahmadi Radjabu w’ikinyamakuru Akeza.net arakwije indwi zibiri apfungiwe mu biro bikuru vy’ugwego rujejwe igendereza mu gisagara ca Bujumbura.

bbc.in/4bjibcB

Umumenyeshamakuru Ahmadi Radjabu w’ikinyamakuru Akeza.net arakwije indwi zibiri apfungiwe mu biro bikuru vy’ugwego rujejwe igendereza mu gisagara ca Bujumbura. bbc.in/4bjibcB
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe ikora igitero gishasha kuri

Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira? Fyonda hano usome inkuru iramvuye:
bbc.in/4bAm1gU

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe #Russia ikora igitero gishasha kuri #Ukraine Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri #Ukraine cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira? Fyonda hano usome inkuru iramvuye: bbc.in/4bAm1gU
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Araburira abantu inyuma y’urupfu rw’umwigeme yishwe anizwe mu gihe c’imibonano mpzabitsina

Georgia Brooke w’imyaka 26 yanizwe na Luke Cannon, na we nyene yagiye gutorwa yapfuye bukeye, nk’uko umuganga wa sentare ya Bradford yabibwiwe.

bbc.in/3K7eRVX

Araburira abantu inyuma y’urupfu rw’umwigeme yishwe anizwe mu gihe c’imibonano mpzabitsina Georgia Brooke w’imyaka 26 yanizwe na Luke Cannon, na we nyene yagiye gutorwa yapfuye bukeye, nk’uko umuganga wa sentare ya Bradford yabibwiwe. bbc.in/3K7eRVX
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Kubera iki Stevie Wonder yanezerewe cane no guhabwa ubwenegihugu bwa Ghana?

Inyuma y’imyaka myinshi yiyumvamwo igihugu ca Ghana, ico camamare mu muziki yaronse ubwenegihugu bwa Ghana.

bbc.in/3UGVNCN

Kubera iki Stevie Wonder yanezerewe cane no guhabwa ubwenegihugu bwa Ghana? Inyuma y’imyaka myinshi yiyumvamwo igihugu ca Ghana, ico camamare mu muziki yaronse ubwenegihugu bwa Ghana. bbc.in/3UGVNCN
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe ikora igitero gishasha kuri

Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira?

bbc.in/3UGYX9v

Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe #Russia ikora igitero gishasha kuri #Ukraine Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri #Ukraine cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira? bbc.in/3UGYX9v
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Ibyo wamenya ku nama igiye guhuza abaperezida batanu b'Afurika n'abantu 2,000 i Kigali
bbc.in/44MBetq Africa CEO Forum

Ibyo wamenya ku nama igiye guhuza abaperezida batanu b'Afurika n'abantu 2,000 i Kigali bbc.in/44MBetq Africa CEO Forum #ACF2024 #Rwanda
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

Georgia: itegeko ryatumye baterana ingumu,
Ryahavuye ritorwa, naho rikirindiriye ico Perezida azorishingako ingingo.

Risanzwe riteye icuka mu gihugu, aho bamwe baryita irya ‘ ’.

▶️ Insiguro, ni muri iyi video ya : bbc.in/4bILIMF

Georgia: itegeko ryatumye #abashingamateka baterana ingumu, Ryahavuye ritorwa, naho rikirindiriye ico Perezida azorishingako ingingo. Risanzwe riteye icuka mu gihugu, aho bamwe baryita irya ‘#Russia’. ▶️ Insiguro, ni muri iyi video ya #BBCNewsGahuza: bbc.in/4bILIMF
account_circle
BBC News Gahuza(@bbcgahuza) 's Twitter Profile Photo

: Kuri iri genekerezo ni umusi wo kwibuka 'akaga' ko mu 1948 muri

Buri mwaka ku wa 15 Rusama, Abanya-Palestina kw’isi yose bibuka ico bita al-Nakba, “akaga”, bikoreye impfunguruzo, mu kwibuka igihe bata izabo bakomoka. Fyonda hano : bbc.in/3ytD461

#AlNakba: Kuri iri genekerezo ni umusi wo kwibuka 'akaga' ko mu 1948 muri #Palestine Buri mwaka ku wa 15 Rusama, Abanya-Palestina kw’isi yose bibuka ico bita al-Nakba, “akaga”, bikoreye impfunguruzo, mu kwibuka igihe bata izabo bakomoka. Fyonda hano : bbc.in/3ytD461
account_circle